Burundi
-
Frankpro Show Live | November 28, 2014Asalamaleko n’indirimbo igikorwa ikazoja ahabona 2015 y’umu rap Taylo-Six akora hip hop style americain
Umuririmvyi Taylo-Six twovuga ko akiriko arazamuka mu muziki w’uburundi bwacu akora umudiho wa hip hop style Americain n’umwe mirwaruka...
-
Frankpro Show Live | November 28, 2014INARUNYONGA birambaza cane gose kubona indirimbo yanje SUGAR DADDY
Umuririmvyikazi INARUNYONGA arababazwa cane gose n’abamenyeshamakuru bakora kumaradiyo ( RADIO ) n’imboneshakaure ( TV ) yo ngaha mu...
-
Frankpro Show Live | November 27, 2014inkuru utokwirengagiza gusoma – ” Sat – B kubera umubabaro w’abantu baguma baha uburozi umwana wiwe abwira bamutangurire ko ” menya vyinshi
Birakomeye mugisagara ca Bujumbura mu KANYOSHA imuhira kugihangange mu muziki w’uburundi umuririmvyi SAT – B arafise umubabaro udasazwe...
-
Frankpro Show Live | November 26, 2014Ubutigu burageze -Ndefuvision Organization ishaka abayifata mumugongo mukwitanga kugirango baze bafashe abana b’impfuvyi
Inyuma yaho umwigeme MELLY ANGELO arongeye DEFUVISION akoze igikorwa kidasanzwe cogufasha abana b’impfuvyi mugihugu camwibarutse arico uburundi bwacu...
-
Frankpro Show Live | November 22, 2014Amabanga 10 atuma umuririmvyi w’umurundi adatera imbere ntaho yokora indirimbo zingana gute zigakundwa iwabo mugihugu gusa atahandi?
Urutonde kw’amabanga 10 atuma umuririmvyi w’umurundi canecane adatera imbere mukazi ku muziki akora akamenyekana ibulaya hariho imvo nyinshi...
-
Frankpro Show Live | November 22, 2014SPOK’S , WAWA VG MAN , LE PYGME SMALL DOGG mbega bateguriye iki aba fans bakunda indirimbo zabo?- bimenya ngaha
Mbega n’igiki coba catumye abaririmbi batatu bakunzwe cane mugihugu c’uburundi bwacu n’ahandi mubindi b’ihugu mu muziki wabo bakora...
-
Frankpro Show Live | November 21, 2014Mbega SAT – B ko yatumiwe na KIDUM KIBIDO muri Birthday Concert i Kigali ubwose ninde azoryohera aba fans woshaka menya vyinshi ngaha?
Mwari mubizi ko itariki 28/11/2014 mugihugu c’u Rwanda hazoba igiteramo citwa BIRTHDAY CONCERT kizobera muri SERENA HOTEL categuwe...
-
Frankpro Show Live | November 20, 2014Amajambo aremereye ashikirijwe na KIDUM aremeza ako arumurundi buca akwiza imyaka 40 y’amavuko ntiwirengagize kuyasoma
Haraciye ibihe bitari bito abakunzi b’umuziki w’uburundi bafise amakenga kandi menshi cane ajanye n’igihangange mu muziki wa East...
-
Frankpro Show Live | November 19, 2014DJ PRO aramenyesha aba fans biwe bose bitegurire vuba CLIP VIDEO TOUCH ME raba uko biteguye
Ngo akaryoshe ntigahora mwitama bikaba bivungwa n’umuririmvyi DJ PRO adasanzwe mu muziki w’uburundi afise ibikorwa vyiza mu kunezereza...
-
Frankpro Show Live | November 18, 2014Uburundi bwacu bwatewe iteka mu muziki aho umuririmvyi BOBONA yatahukanye itsinze mw’ihiganwa rya Prix découverte RFI
Haraciye amasaha arenga 10 uburundi butewe iteka ridasanzwe mu muziki uririmbwa n’abaririmvyi batandukanye aho umuririmvyi wacu w’umurundi twovuga...
