inkuru utokwirengagiza gusoma – ” Sat – B kubera umubabaro w’abantu baguma baha uburozi umwana wiwe abwira bamutangurire ko ” menya vyinshi

By  |  1 Comment

Birakomeye mugisagara ca Bujumbura mu KANYOSHA imuhira kugihangange mu muziki w’uburundi umuririmvyi SAT – B arafise umubabaro udasazwe mugihe amaze ukwezi muri KENYA.

IMG_6119354770666

Ku munsi kuwa gatatu itariki 26 – 11 – 2014  hakaba habonetse inkuru ibibaje cane gose SAT – B mukumva ko bahaye uborozi impfura y’umwana wiwe w’umukobwa yise LEILA BURUNDI icuro igira kabiri aho bivurako ubwambere bari baramuhaye uburozi birahera rero ngo basubiriye abarozi kuroga umwana wiwe , SAT – B nawe nabwo yihanganiye abo barozi b’abantu basubiriye guha uburozi LEILA BURUNDI akaba yababwiye ngo kubera iki mushaka kwica ikibondo canje LEILA BURUNDI??  Kuvy’ukuri niyomembo muriko muraduhemba mugukorera igihugu??

IMG_5773302160486

Twashoboye gukwirikirana ino nkurumbi cane gose ibabaje igihangange mu muziki wacu w’uburundi SAT – B kandi izoba ibabaje kuri twese abarundi n’abarundikazi mugihe umwana LEILA BURUNDI vyoshika akitaba Imana kubera amarozi y’abantu baguma bamuha ariko Imana ikaguma imurinda agakira ikindi twobabwira n’uko SAT – B yashoboye kubwira aba fans biwe hamwe n’abanyanyi b’umuziki wiwe ko bokomeza amasengesho mugusengera umwana wiwe LEILA BURUNDI hama Imana ikabandanya ikora ibitangaza mukurinda amarozi yose yaza aje kuguhita umwana LEILA BURUNDI kuko ati amasesho y’Imana arakomeye nakintu na kimwe coza kiyananira niyo mpamvu SAT – B akomeje gutera akaruru kanini kubarundi bose bakomeza amasengesho basengera LEILA BURUNDI mukwamira kure amarozi n’abayaroga bose bagatsindwa mw’izina ry’Imana yo mw’ijuru dusenga.

Ijambo nyamakuru SAT – B yabwiye abarozi bashaka kumuhekura yagize ati: Inkuru mbi ni kuvuga umwana wacu gikundiro LEILA BURUNDI yamaze guhabwa uburozi kucuro igira kabiri. Kuberiki ushaka kwica umwana wanje LEILA??. kuvy’ukuri niko mudushimira mukuduha agashimwe twakoreye igihugu?? Tangurira kuri jewe ariko mureke umwana wanje.

Munyuma yaho SAT – B ico yaciye akora yabwiye aba fans biwe n’icuti abwira ati umwana wanyu LEILA arakeneye amasengesho yanyu. AMEN.

 

 

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *