Asalamaleko n’indirimbo igikorwa ikazoja ahabona 2015 y’umu rap Taylo-Six akora hip hop style americain

By  |  0 Comments

Umuririmvyi Taylo-Six  twovuga ko akiriko arazamuka mu muziki w’uburundi bwacu akora umudiho wa hip hop style Americain n’umwe mirwaruka rw’abaririmvyi bafise kazoza keza mu mudiho wa Hip hop aramaze gukora indirimbo zitari ikirenga ariko wumvirije indirimbo yiwe rimwe gusa uhita uyikunda kurusha akanaba arumu raper mwiza kujanya ya Hip hop.mu minsi yahera twarashoboye kurondera Taylo-Six atwiganire gishasha mu muziki yigiye gukora yateguriye aba fans biwe inyuma yaho akoreye indirimbo yiswe UMUSHWANYI yavuze ko bakwitegurira vuba mu mwaka 2015 uza ati nabwo azobatetereza mu kubanezera mundirimbo akora muri style ya Americain arabwira ko yatanguye gukora indirimbo ya mbere izotangura umwaka mu nshasha izokwitwa ASA LAMELEKO.

1374804_1501891306762580_4820141850604447247_n

Ivyashikirijwe n’umuririmvyi Taylo-Six mugihe yariko aratwiganira ibikorwa yateguriye aba fans biwe hamwe n’abakunzi b’umuziki ntibagiye kumubwira ko hariho indirimbo yiwe ikunzwe n’abantu benshi kubera ubtumwa bayikuramwo canecane harimwo ya style americain akoresha.

Taylo-Six  :Je ndumu rappeur wa hip hop style americain nsanzwe nkorana na dj prince ubunkaba nasohoye indirimbo nshasha yitwa umushwanyi ikabayarakunzwe nabantu benshi kuko abantu bakunda umuziki dukora bayumvirije ari benshi nkaba ndiko ntegurira aba fanz banje indirimbo nshasha yitwa Asalamaleko izosohoka janvier 2015 ya rapeur  izoba iri muri style maybach.

Yarangije abwira aba fans biwe ko mu mwaka uza 2015 indirimbo ASALAMALEKO izobashikira mu kwezi kwa mbere bakazoca bashobora kuyumviriza. Aranavuga yuko absntu benshi igituma bamukunda bakanskunda ibikorwa vyiwe akoea mu muziki w’uburundi nuko ngo umudiho wa Hip Pop asanwe akora witwa Style Maybach ubaryohera cane gose mukueumviriza.

Umviriza indirimbo UMUSHWANYI ya Taylo Six http://www.hulkshare.com/taylo_six/umushwanyi-by-taylo-six

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *