The Latest
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 14, 2014Jose Eduard Niyungeko arashima cane ibikorwa vya FRANKPRO SHOW LIVE soma ijambo dukwiye kugendera ko yatanze
Umuririmvyi Jose Eduard Niyungeko akongera aririmba indirimbo zihimbaza Imana akaba umukinyi wa FILM kungwego rukomeye cane gose mukarere...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 14, 2014Tuributsa abantu Bose ko Gusoz’ikiriyo ca Dr Jack ar’ejo igenekerezo rya 15/11/2015 isaha cumi kuri 5/5 mu Bwiza
Itangazo ryihuta ubunyene twashaka tubamenyeshe ko ejo ku munsi wa gatandatu itariki 15/11/2014 ntiho hazoramuka hasozerwa ikiliyo ca...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 14, 2014Hasigaye iminsi 2 yonyene BIG FIZZO na LOLILO batane mu mitwe muri CONCERT ni DIMANCHE le 16/11/2014 fans ntuzotangwe
Haaaaa ITARIKI 16.11.2014 DIMANCHE bazotana mu mitwe umuririmvyi BIG FIZZO hamwe n’umuririmvyi LOLILO ahitwa kwa ALPHA CD TECHNOLOGY...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 14, 2014LILL’P N’UMURIRIMVYI W’UMURUNDI AFISE AMAHIRWE MENSHI YA AWARDS MURI Australian WARUBIZI?
Umuririmvyi LILL’P w’umurundi afise impano nziza zokuja mumahiganwa ya AWARDS ahuza abaririmvyi b’ibihangange bava mubihugu bitandukanye rero LILL’P...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 13, 2014Mugihugu ca NIGERIA Clip Video ikunze n’abantu benshi kw’isi ya Yemi Alade igezweho – yirabe
Umuririmvyi w’umwigeme w’igihangange mu muziki wa AFRICA kw’isi yose avuka mugihu ca NIGERIA yitwa Yemi Alade niwe azo...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 13, 2014Clip Video y’indirimbo “amagogwa” ya N T Kadhafi na Daniela yamaze guhere gukorwa menya uko biteguwe
Umuririmvyi N T Kadhafi aheruka gukora indirimbo nshasha ihimbaza Imana ayikoranye n’umuririmvyikazi Daniela bakoze hamwe n’indirimbo yitwa AMAGORWA...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 13, 2014BABBY UMURIRIMVYI W’UMURUNDI ARI MUGIHUGU CA AMERICA AZANYE CLIP VIDEO “Beautiful”NSHASHA
Abaririmvyi babarundi aho bari hose barashoboye baguma bakora uko bashoboye mukumenyekanisha umuziki w’uburundi mumahanga aho umuririmvyi w’umurundi BABBY...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 13, 2014INTERVIEW ya ALINE VYUKA YATANZE AHEJEJE “CONCERT LUNCH NI SALAMA ” ARASHIMIRA ABANTU BITANZE BOSE
Ati burya gushima nivyiza biratuma Imana ikongera imigisha nkuko Ijambo ryayo ribivuga ibi bikaba bibonetse inyuma yaho umuririmvyikazi...
