Igihangange SAT – B yakoze indirimbo nshasha ihayagiza” Shemeza Company irimwo Shemeza clouds, Shemeza stores, Shemeza Studios” i NAIROBI KENYA

By  |  0 Comments

Igihanga mu muziki w’uburundi  umuririmvyi SAT- B araje n’umuriro udasanzwe ikintu ca mbere kizonezera aba fans hamwe n’abakunzi b’umuziki w’uburundi ahejeje gukora indirimbo nshasha ubunyene mugihugu ca KENYA , NAIROBI inyuma yogukorana n’umuririmvyi KIDUM KIBIDO  indirimbo , ubuho aririmvye indirimbo ihayagiza ishiramwe ridasanzwe rikorera AMERICA ryitwa SHEMEZA COMPANY rikorera muzira nyinshi zitandukanye mukuzana iterambere ry’igihugu, mbega urashaka kuzokumva iyo ndirimbo inshasha SAT – B akoze muguhayigiza ibintu warumaze igihe kinini urondera ukabura?

IMG-20141113-WA0014

SAT – B na PRODUCER WA COMPANY SHEMEZA

SHEMEZA COMPANY  n’ishirahamwe rikorera mugihugu ca LETA NZUZE UBUMWE ZA AMERICA  ryaje guteza imbere igihugu c’uburundi mubikorwa bitandukanye vyotuma abarundi n’abarundikazi baguma batera imbere , aho mu mwanya uheze umuririmvyi SAT – B ahejeje gukora indirimbo ihayagiza ivyiza vy’ishiramwe  Shemeza Company n’indirimbo ihimiriza abantu bose kuza kwubwinshi kuronka PROMOTION y’indirimbo zabo ,kugura impuzu z’ikiny’africa , ibitarato vyose mukazobisanga muri STORE AFRO SHEMEZA n’indirimbo izotuma umuririmvyi n’umuririmvyikazi hamwe n’abantu bose bifuza kugura ivyambarwa bakabura aho bibukura cane cane ivyambarwa biteye igomwe.

 

IMG-20141113-WA0013

SAT – B na PRODUCER wa SHEMEZA STUDIO

Tukumenyeshe ko umuririmvyi SAT – B yamaze guheza gukora indirimbo izoranga ivyiza bikorerwa muri COMPANY SHEMEZA ayikoreye mugihugu ca KENYA iyo asanzwe ubu ari mukaruhuko kandi iyo ndirimbo ayikoreye muri SHEMEZA STUDIO . Tukumenyeshe ko vuba ugiye kuva gishasha c’indirimbo ikozwe mubuhinga budasanzwe n’umuririmvyi SAT – B muguhayagiza ibikorerwa mri COMPANY SHEMEZA ikorera mugihugu ca AMERICA bikazotuma umenya vyinshi cane gose utaruzi mugihe wastse Promotion canke kugura impuzu z’abany’africa zose ugiye kubironka 100?%.

IMG-20141113-WA0013

Umurongozi wa  Shemeza Company sazwe yitwa SETH VYAMUNGU benshi bazi kw’izina rya KABURUNGU niwe yashoboye  kuzana iterambere rijanye n’ibikorwa bitandukanye abarirundi n’abarundikazi bashaka bakabura ntiho yuguruje ishiramwe ryitwa SHEMEZA CAMPNY rikora imirimo itandukanye ahao umuririmvyi n’umuririmvyikazi ashobora kuronka Promotion bitamugoye kandi ntiyibagiye n’abantu bashka impuzu zigezweho zikiny’africa vyose uzobisanga muri SHEMEZA CHAMPANY irimwo Shemeza clouds, Shemeza stores, Shemeza Studios” ukaba ushaka kuzomenya vyinshi muri SHEMEZA COMPANY  SHEMEZA kaze uzohasanga ho vyose.

 

1614016_650709284964329_303863892_o

Umukuru wa SHEMEZA COMPANY kw’izina rya KABURUNGU

 

Umvirizxa hano imponjo y’indirimbo yakozwe na SAT – B mugutangaza ibokorwa bikorerwa muri SHEMEZA COMPANY iri AMERICA kwa OBAMA

https://www.facebook.com/video.php?v=393532160813666&set=vb.100004706556445&type=2&theater

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *