Hasigaye iminsi 2 yonyene BIG FIZZO na LOLILO batane mu mitwe muri CONCERT ni DIMANCHE le 16/11/2014 fans ntuzotangwe

By  |  1 Comment

Haaaaa ITARIKI 16.11.2014 DIMANCHE bazotana mu mitwe umuririmvyi BIG FIZZO hamwe n’umuririmvyi LOLILO ahitwa kwa ALPHA CD TECHNOLOGY i Bujumbura.

Yaya yaya yaya harageze ntoneho basha iryavunzwe riratashe mugihe bamaze iminsi bari mu myiteguro yogutana mu mitwe ahitwa kwa ALPHA CD TECHNOLOGY i Bujumbura ibihangange mu muziki w’uburundi bwacu Umuririmvyi BIG FIZZO n’umuririmvyi LOLILO bizoba bikaze ndababwire abakunzi b;umuziki w’uburundi ukaba uri umu fans wa BIG FIZZO canke LOLILO ntuzotangwe ku munsi w’Imana ( DIMANCHE )
itariki 16/11/2014 guhera igihe c’isaha icenda n’igice ( 15H00) ntiho BIG FIZZO na LOLILO bazohiganwa mu kurushanya aba fans mugihe bariko bararirimbira imbere yabo kuri SCENE bizoba bitoroshe kwa ALPHA CD.

CONCERT y’ihiganwa hagati ya BIG FIZZO na LILOLO yitwa NANI MUKALI ? WHO IS THE BEST ? Wibaza ko arinde ari MKALI gusuvya uwundi imbere yawe canke WHOS IS YOUR BEST ARTIST BIG FIZZO AND LOLILO?

IMG_6939-800x533

LOLILO

Mbega ubona BIG FIZZO ariwe azotsinda LOLILO mukumusuvya aba fans?

Mbega ubona LOLILO ariwe azotsinda BIG FIZZO ?

Abakunze mwse b’umuziki wabo baririmvyi BIG FIZZO na LOLILO kaze muri benshi muzoshigikire uwo ukunda hagati yabo wibaza ko ari nde azotsinda uwundi ku munsi w’imana itariki 16/11/2014? Indirimbo YAHAYA ya BIG FIZZO izokwatsa umuriro hamwe n’indirimbo MGARA ya LOLILO izokwatsa umuriro toma niwe avuga ngo inkuru yimbarirano isumbwa niyo wiboneye rero fans BIG FIZZO , fans LOLILO kaze ntuzotangwe hasigaye iminsi 2 yonyene batane mu mitwe mushobore kumenya ukuri kuwusuvya uwundi aba fans benshi ntogutwara ikibanza ca mbere mu muziki w’uburundi bwacu bizogaragara reka turindere ku munsi w’Imana itariki 16/11/2014.

a

IKIRANGA CONCERT IZOHIGANISHWA BIG FIZZO na LOLILO KU MUNSI W’IMANA HASIGAYE IMINSI 2

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published.