LILL’P N’UMURIRIMVYI W’UMURUNDI AFISE AMAHIRWE MENSHI YA AWARDS MURI Australian WARUBIZI?

By  |  1 Comment

Umuririmvyi LILL’P w’umurundi afise impano nziza zokuja mumahiganwa ya AWARDS ahuza abaririmvyi b’ibihangange bava mubihugu bitandukanye rero LILL’P aheruka mwihiganwa ritari ryoroshe nagato ryamuhujije n’abaririmvyi bakomakoye nka FALLY PUPA wo mugihugu ca CONGO musanzwe muzi y’uko ari rurangiranwa mu muziki wa AFRICA. Warubizi ivyo LILL’P yakoze mbega LILL’P amaze iki mu muziki w’uburundi? Mbega LILL’P yoba yaratumye uburundi bumenyekana cane mu muziki wabwo mugihugu ca AUSTRALIA gikunda gukora amahiryanwa? vyinshi uravyumva mukiganiro yatanze kuri AFRICA MEDIA AUSTRALIA wumve amateka yoba yarateye igihugu c’uburundi bwacu.

h

LILL’P

Tugusabe wumvirize neza iyo Video y’umuririmvyi LILL’P mukiganiro yatanze aho avuga n’ukuntu yatanguye umuziki hamwe nogushimira abamufata mumugongo atibagiye aba fans biwe. Mutwihanganire iyo Video iri muririmi rw’icongereza abatagumva mwihangane muzoba mukoze.

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *