BABBY UMURIRIMVYI W’UMURUNDI ARI MUGIHUGU CA AMERICA AZANYE CLIP VIDEO “Beautiful”NSHASHA

By  |  0 Comments

Abaririmvyi babarundi aho bari hose barashoboye baguma bakora uko bashoboye mukumenyekanisha umuziki w’uburundi mumahanga aho umuririmvyi w’umurundi BABBY aba mugihugu ca Leta Nzuze Ubumwe za America aheruka gushira ahabona Clip Video yitwa Thinking About You By Babby irakundwa gose, aramenyesha abakunzi b’umuziki w’uburundi aho bava hose bakagera mubihugu bitandukanye mwitegurira iyindi CLIP VIDEO y’indirimbo yitwa “Beautiful” izoshobora kubanezera muriko murayiraba vuba bitantinze mukayibona.

10658791_1406190886301004_7375779063551733737_o

Twashoboye kuganira n’umuririmvyi BABBY turamubaza igihe CLIP VIDEO “Beautiful” izogira kumugaragaro kuko twashoboye kubona amwe mumashusho aranga iyo CLIP VIDEO vyatumye tugira ico tumubaza mugihe abantu benshi cane gose bakunda indirimbo z’abaririmvyi babarundi kenshi bakunda kubaza ngo mbega uburundi turazi ko bufise abaririmvyi benshi bari ibulaya ariko nabwo tumenya ibikorwa vyabo canke ngo tumenye indirimbo zabo tukaza kubamenya mugihe baje mugihugu ca bibarutse,tumaze kuronka umuririmvyi BABY twmubajije ati mbega ko ubu tudaherutse kubona ibikorwa vyawe mu muziki w’uburundi ntiho kutubwira ati ndiko ndakora CLIP VIDEO yanje nshasha y’indirimbo yitwa “Beautiful”.

Amaze kutubwira uko umuririmvyi BABBY twabandanije tumubaza ikiringo izomara ayitegura mukuyikorera amashusho yayo ikazoheza ikanaja ahabona ico yashoboye kutwishuka yavuze ngo ndizera ko neza naneza muzoyibona mu kwezi kuza itariki 1/12/14 ikazoba igiye ahabona mukayibona n’abakunzi b’umuziki w’uburundi bakayibona “Beautiful” ya BABY iriko irakorerwa amasanamu munzu yitwa PDK FILMS STUDIOS y’ubuhinyuzi bwama CLIP VIDEO ikorera ngaho nyene mugihugu ca LETA NZUZE UBUMWE ZA AMERICA.

AMAFOTO AZORANGA CLIP VIDEO  “Beautiful” BY BABBY

10623809_1406190912967668_978895741504088221_o

 

10515305_1406191012967658_6799866613266293806_o

10659116_1406187956301297_8613763637806503091_o

 

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *