Jose Eduard Niyungeko arashima cane ibikorwa vya FRANKPRO SHOW LIVE soma ijambo dukwiye kugendera ko yatanze

By  |  1 Comment

Umuririmvyi Jose Eduard Niyungeko akongera aririmba indirimbo zihimbaza Imana akaba umukinyi wa FILM kungwego rukomeye cane gose mukarere duherereyemwo akaba asanzwe yibera mugihugu ca CANADA arashima cane gose ibikorwa bishikirizwa n’abamenyeshamakuru b’igihugu c’uburundi mubikorwa bakora vyogutangaza amakuru mu Baririmvyi babarundi aho ahejeje gushimira cane gose ibikorwa bica kwa FRANK PRO SHOW LIVE tubikorana ishaka ntokubikunda bigatuma bimenya abantu benshi ivyo bikorwa navyo vyakunzwe cane na Jose Eduard Niyungeko ukuntu FRANK PRO  SHOW LIVE itangaza amakuru.  Aho ashimikira cane gose atera intege muntu wese ko yoguma akunda cane gose akaranga n’imicokama hamwe n’inkino z’igihugu c’uburundi ntaho bisa nk’ivyibagiwe mubaririmvyi hamwe n’abamenyeshamakuru  kandi n’abandi babifata nkankama ntibavyiteho mu kubikorana umutima babikunda bikabasha gushika kure.

970477_10153092114790243_440161559_n

Uwo ni Jose Eduard Niyungeko araririmba indirimbo mu guhimbaza Imana no kuyitazira akongera kaba n’umukinyi wa FILM agezweho mu Burundi na TANZANIA

Tugusabe usome neza ano majambo y’inkoramutima yashikirijwe n’umuririmvyi akaba n’umukinyi wa Film Jose Eduard Niyungeko.

 

Jose Eduard Niyungeko YATANGUYE ASHIMIRA FRANK PRO SHOW LIVE  avuga ngo :” Ndakunda uko mwitayeho kumenyekanisha amakuru y,inkino y,imico kama kubarundi. Urazi abeshi babibona ibisanzwe ariko iciswe umuco ntikizima nubwo umuntu yova muri buno buzima turimwo akarengana. Akarorero turababona beshi babaye abahizi muvyo imico kama bamaze gupfa ariko ibikorwa vyabo bituma nuno musi biboneka ko ari bazima.Muri make ub’uburirimvyi, ubukinyi bw,ama filimu ni ikintu kitibagiranwa.”

Tukazobandanya tubamenyesha vyinshi cane gose mubikorwa asanzwe akora mundirimbo z’ihimbaza Imana no gutazira mukazomenya neza naneza mbega  yamamaye gute muri FILM hamwe n’indirimbo zimbaza Imana ivyo vyose mu kazobikwirikirana mukan=menya vyinshi nkuko yashimikira avuga ko ub’uburirimvyi, ubukinyi bw,ama filimu ni ikintu kitibagiranwa.

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *