Mugihugu ca NIGERIA Clip Video ikunze n’abantu benshi kw’isi ya Yemi Alade igezweho – yirabe

By  |  1 Comment

Umuririmvyi w’umwigeme w’igihangange mu muziki wa AFRICA kw’isi yose avuka mugihu ca NIGERIA yitwa Yemi Alade niwe azo kw’iso kw’isi yose mugihe aheruka gusohora CLIP VIDEO y’indirimbo yiswe Johnny rero Yemi Alade aza kwisongo rya mbere afise CLIP VIDEO ikunzwe cane gose ubu atayindi abantu baguma baraba kandi bakayitamba mugihe bumvise iriko irasamirana ,igitange n’uko abenshi batemera ko umwigeme yoshobora gufata ikibanza ca mbere mugukora CILP VIDEO igakundwa gusumvya Clip Video z’abasore bakora umuziki muri AFRICA yose.
Yemi-Alade-Johnny-Promo-Poster-2

Ukaba utari bwabone Clip Video ifata ikibanza ca mbere kw’isi yose mu muziki wa Africa y’umwigeme Yemi Alade ntutangwe kuyiraba ngaha iba uwa mbere uyivye canke ukaba uwarumaze kuyibona umenyereho ko ari CLIP VIDEO ya mbere ikunzwe cane gose kw’isi ikanafata ikibanza kidasanzwe muri AFRICA.

yemi-alade-art

Twibaze ko ushoboye kuyiraba ngaho hejeru aho twayigushiriye mukuraba ubuhinga ukozwemwo bwatumye iba iya mbere.

 

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *