Clip Video y’indirimbo “amagogwa” ya N T Kadhafi na Daniela yamaze guhere gukorwa menya uko biteguwe

By  |  1 Comment

Umuririmvyi N T Kadhafi aheruka gukora indirimbo nshasha ihimbaza Imana ayikoranye n’umuririmvyikazi Daniela bakoze hamwe n’indirimbo yitwa AMAGORWA bamaze gutangura kuyikorera amasnamu kandi banamenyesha ko izoja kumugaragaro vuba baranatera akamo aba fans babo basanzwe bakunda indirimbo z’umurwi OVERDO TIME  ko mwokwitegurira bimwe bihagije CLIP VIDEO AMAGORWA nshasha bizera ko izobashimisha Vuba muzoyibona muri nondwi turimwo.

10384313_267663650091618_3797003211631542832_n

Amakuru twashoboye kuronka tuyakuye kumuririmvyi N T Kadhafi ari nawe asanzwe ariwenyene indirimbo AMAGORWA yafashanyije n’umuririmvyikazi DANIELLA ikintu twama tubaza umuririmvyi igihe avuze ko agomba gushira ahabona CLIP VIDEO turamubaza ikiringo izomara iriko irakorwa ikija kumugararo yagize ico abivuga ko aranaheza arabwira abakunzi b’indirimbo ziwe bazoshobora kuyibona Vuba bidatinze. N T Kadhafi YAGIZE NGO clip video AMAGORWA ija ahabona ku munsi wa gatandatu tugiye gutangura ntiho izotangura gusamirana bayiraba.

kuboba batazi umuririmvyi N T Kadhafi  mu muziki w’uburundi asanzwe ari mu murwi ukundwa cane gose mu muziki w’uburundi bwacu benshi bazi kw’izina rya OVERDO TIME baheruka mw’ihigarya rya TOP TEN TUBE MUSIC AWARDS ritegurwa n’iradiyo BONESHA F.M.

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *