INTERVIEW ya ALINE VYUKA YATANZE AHEJEJE “CONCERT LUNCH NI SALAMA ” ARASHIMIRA ABANTU BITANZE BOSE

By  |  0 Comments

Ati burya gushima nivyiza biratuma Imana ikongera imigisha nkuko Ijambo ryayo ribivuga ibi bikaba bibonetse inyuma yaho umuririmvyikazi ALINE VYUKA haciye igihe c’iminsi itatundu akoze Concert agaragaza ALBUM NI SALAMA ariho ikija ahabona , uno muririmvyikazi ALINE VYUKA asanzwe aririmba indirimbo zihimbaza Imana ( GOSPEL ) arashimira abantu bose bitanze mukuza muri CONCERT yiwe yakoreye mugisagara ca  ILLINOIS CITY cari kure y’ibindi bisagara vyo ngaho mugihugu ca AMERICA. Ica  mbere ALINE VYUKA  YATANGUYE GUSHIMIRA Imana abaje ubwa kabiri abashimira ni umuvyeyi amuvyara nyina wiwe .

10802061_754422254612393_7375938471172943503_n

ALINE VYUKA , CELESTIN BURUKU , WITNESS

 

 

Twashoboye kubona umuririmvyikazi ALINE VYUKA arira kubera urukundo rwinshi umuryango wiwe umufitiye mukumushigikira cane cane agashimira batoya biwe ngo baramufasha cane gose ikindi arashimira cane gose mutoya wiwe w’umuhungu yama amuremesha mugikorwa c’Imana aranavuga ko uwo mutoya wiwe w’umuhungu ari mukuru wiwe kandi aravyemeza ijana kw’ijana kubera aramwitwararika cane gose mukumuha impanuro imbere y’uko atangura gukora imigambi y’igikorwa c’Imana muvyo kuririmba .

10255807_754422311279054_5052109880454132949_n

ALINE VYUKA NA MUTOYA WIWE W’UMUHUNGU BURIGIHE ABANZA KUMURESHA AKAMUHANURA IMBERE Y’UKO ALINE VYUKA AKORA IMIGAMBI Y’IGIKORWA CO KURIRIMBIRA IMANA.

Umviriza hejuru ikuntu ashimira abantu bose akanavuga vyinshi cane gose mugikorwa c’Imana akora muguhimbaza Imana ayiririmbira

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *