-
Burundi
Frankpro Show Live | November 13, 2014BABBY UMURIRIMVYI W’UMURUNDI ARI MUGIHUGU CA AMERICA AZANYE CLIP VIDEO “Beautiful”NSHASHA
Abaririmvyi babarundi aho bari hose barashoboye baguma bakora uko bashoboye mukumenyekanisha umuziki w’uburundi mumahanga aho umuririmvyi w’umurundi BABBY...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 13, 2014INTERVIEW ya ALINE VYUKA YATANZE AHEJEJE “CONCERT LUNCH NI SALAMA ” ARASHIMIRA ABANTU BITANZE BOSE
Ati burya gushima nivyiza biratuma Imana ikongera imigisha nkuko Ijambo ryayo ribivuga ibi bikaba bibonetse inyuma yaho umuririmvyikazi...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 12, 2014SAT – B ati:Nababajwe cane kudashika ku maziko ya Dr Jack ariko kimwe novuga IMANA yonyene niyo ibizi
Igihangange mu muziki w’uburundi umuririmvyi SAT – B ubu iyo atuye mugihugu kibanyi ca KENYA amazeyo ikiringo c’ukwezi...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 12, 2014MBEGA VYAGENZE GUTE EJO KUMAZIKO Y’UMUHINYUZI DR. JACK PRO ? BIMENYERE NGAHA
Ejo hahise ku munsi wa Kabiri itariki 11 / 11 / 2014 ntiho abaririmvyi n’abamenyeshamakuru , incuti ,...
-
Burundi Music
Frankpro Show Live | November 12, 2014SPOK’S YAMAZE GUSHIRA AGAHABONA CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO UTAYAONA RABA UKUNTU BAYIKOZE NEZA CANE
SPOK’S ashize ahabona indrimbo yitwa UTAYAONA yakorewe muri STUDIO UMUCO RECORDS yamaze gushira ahabona CLIP VIDEO y’indirimbo Utayaona...
-
Burundi Music
Frankpro Show Live | November 11, 2014Imana buryango ni besha isezeranye irashitsa menya ukuntu ALINE VYUKA yahezagiye abantu muri LUNCK ALBUM NI SALAMA
Abantu bari baje mugiteramo c’umuririmvyikazi ALINE VYUKA bararose ibitangaza n’imihezagiro y’imana bakuye mundirimbo za ALBUM NI SALAMA yiwe...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 11, 2014BIG FIZZO na LOLILO VYABANANIYE KWIHANGANA IGIHE BAGENDA GUHAMBA DR. JACK PRO RABA BARIKO BARARIRA
Uy’umunsi wa kabiri ntiho umuhinyanyuzi w’igihangange mu muziki w’uburundi n’urwanda ndetse na Congo nyakwigendera DR. JACK PRO bamushingurana...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 11, 2014SATURACOMPETITION n’ihiganwa ritangujwe na SAT – B rungika Video yawe kuri WHATSAPP utsindire 100.000fbu.
Guhera uno munsi wa mbere itariki 10/11/2014 haratanguye ihiganwa ridasanzwe ritunganijwe n’igihangange mu muziki w’uburundi bwacu umuririmvyi SAT...
-
Audios
Frankpro Show Live | November 11, 2014LAST CHANCE n’indirimbo nshasha ya MT NUMBER ONE iha amahirwe yanyuma umukobwa
Umuririmvyi MT NUMBER ONE ahejeje gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yitwa LAST CHANCE bisobanura imigisha ya nyuma. Akaba...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 10, 2014ABARIRIMVYI B’IBIHANGANGE MU MUZIKI NYARWANDA NKA Tom Close BAZOBA BARI MU BURUNDI GUSEZERA UMUHISI DR. JACK PRO
Amakuru tuguma turonka kumwanya kumwanya ajanye n’urupfu rw’igihangange mu guhinyanyura indirimbo z’abaririmvyi babarundi n’abaririmvyi babanyarwanda nyakwigendera DR. JACK...
