Imana buryango ni besha isezeranye irashitsa menya ukuntu ALINE VYUKA yahezagiye abantu muri LUNCK ALBUM NI SALAMA

By  |  0 Comments

Abantu bari baje mugiteramo c’umuririmvyikazi ALINE VYUKA bararose ibitangaza n’imihezagiro y’imana bakuye mundirimbo za ALBUM NI SALAMA yiwe , kuko harya ngo Imana s’umuntu ngo ibeshe bikaba vyarabonetse mu kugaragaza ahabona ALBUM NI SALAMA ya ALINE VYUKA aririmba indirimbo zihimbaza Imana kandi mugiteramo ciwe yabereye  Illinois mugihugu ca AMERICA k’uvyukuri abantu bari baje mugutora imigisha n’imihezagiro y’Imana mundirimbo zishasha za ALBUM NISALAMA y’umuririmvyikzi ALINE VYUKA barashimye cane gose mukubona ibitangaza vy’imana mugihe ALINE VYUKA yagiye imbere yabo arabaririmbira aranabatambira ari kumwe n’abatavyi biwe abahungu n’abakobwa bose aho woshobora kubona abantu bava mubibanza bicayemwo kubera gukorwa ko na MPWEMU YERA mugutazira Imana kubera indirimbo zihimbaza Imana za ALINE VYUKA.

Igiteramo ca ALINE VYUKA igihe yariko arashira ahabona ALBUM NI SALAMA yakoreye mugihugu ca TANZANIA twokubwira ko abantu benshi bashoboye gutahura ko atahandi hari umuzero atari kwa YESU mugihe uriko uramuririmbira umutazira unamutambira bimwe vyakaorero nivyo vyashoboye kubonwa mugitera ca ALINE VYUAKA.

1395154_754422361279049_8535704443228801155_n

ALINE VYUKA ngaho yari kumwe n’umukozi w’Imana , hamwe n’abaririmvyi baje kumufasha mugiteramo nka CELESTIN BUKURU n’uwo mubona y’ambaye ikoti ritukura rifise imipfungo kumpande zose ngaho harimwo n’abavukanyi ba ALINE VYUKA., tutibagiye n’abatavyi biwe abo bambaye amashati yera n’akaravati n’uwo mwigeme mubona yamabye imouzu zirbura

Umuririmvyi ALINE VYUKA yashoboye gushimira abantu bose bitanze mukaza mugiteramo ciwe co kugaragaza ALBUM NI SALAMA yaranongeye arabasabira iyindi imigisha y’Imana nkiyo baronke mugu=iteramo ciwe . ALINE VYUAK abashibira avuga ngo : Ndatanze ugushima kuri barya bose bashoboye kwigora  nogushika kugiteramo co gushira ahabona ALBUM yanje NI SALAMA Imana yarakoze ibitangaza cane gose abantu baraje ku bwinshi mugushika mutazira kandi twarabonye Imana. Muhezagirwe.”

Ayo majambo ALINE VYUKA ya yanditse kurubuga rwiwe rwa Facebook m’ururimi rw’igiswahili mugihe ALBU NI SALAMA igizwe n’indirimbo nyinshi z’igiswahili zihimbaza Imana, nkuko washoboye kubona Video ngaho hejuru iri muri ALBUM  NI SALAMA insi nilivyo Bwana.

 

AMAFOTO YARANZE IGITERAMO CO GUSHIRA AHABONA ALBUM NI SALAMA Y’UMURIRIMVYIKAZI ALINE VYUKA AVUKA I BURUNDI AKABA MURI AMERICA

1528508_754759694578649_8860040346800338513_n

Abantu bari baje ku bwinshi mu kwitabira igitera co gushira ahabona ALBUM NI SALAMA ya ALINE VYUKA

1619116_754421467945805_6082501398178692397_n

Umukozi Ww’Imana ariko aravuga Ijambo mugushimira umuririmvyi ALINE VYUKA n’ibindi vyinshi bijanye n’ijambo ry’imana vyakoretse mugiteramo ca ALBUM NI SALAMA

1622723_754422681279017_945225116186051690_n

Umuririmvyikazi ALINE VYUKA aho yari yamaze kurangiza igiteramo yibereye hanze mukuramukanya na bene data bishikiye

10155903_754422507945701_4894276011550120538_n

Aho rero abantu bitavye ku bwinshi bariko barahezagirwa mukumviriza ubutumwa bw’indirimbo za ALBUM NI SALAMA ya ALINE VYUKA

10422598_754429941278291_4677046225898179526_n

ALNE VYUKA yaragize ico abwira abantu baje mugiteramo agaragaza ALBUM NI SALAMA nshasha

10423791_754430064611612_2174003261344089234_n

Abarashoboye kugura CD DVD ya LBUM NI SALAMA nkuko mubibona ngaho bariko berekana iyo CD DVD

10624961_754759651245320_6822926002136490440_n

ALINE VYUKA n’abatavyi iwe mugutamba indirimbo NI SALAMA yahezagiye abantu benshi cane gose

10702006_754422654612353_8513157913449597939_n

N’abo n’abatavyi ba ALINE VYUKA babakobwa bariko baratamba indiirmbo ya ALBUM NI SALAMA

 

1010150_754422404612378_4892864823755359864_n

ALINE VYUKA n’abatamvyi biwe bariko baramufasha mugutamba indirimbo tutashoboye kumenya izina ryayo iri muri ALBUM NI SALAMA

10806255_754759641245321_7323255221891358950_n

Aho rero Mpwemuyera yariko arakorera mwo umuririmvyikazi wayo ALINE VYUKA ari kumwe n’abatavyi biwe kandi abantu aho barashoboye guhezagirwa

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *