SPOK’S YAMAZE GUSHIRA AGAHABONA CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO UTAYAONA RABA UKUNTU BAYIKOZE NEZA CANE

By  |  0 Comments

SPOK’S ashize ahabona indrimbo yitwa UTAYAONA yakorewe muri STUDIO UMUCO RECORDS yamaze gushira ahabona CLIP VIDEO y’indirimbo Utayaona ni CLIP VIDEO nziza cane gose twovuga ko iza muza mbere kuvaho yakoreye Cilp Video z’indirimbo zitarinke mwakunze cane.

SPOK’S agerageza guhanura hanini urwaruka rufise abavyeyi bafise uburyo muvy’amarafanga hama bagasha kuguma bafyina cane mugusaba amafaranga ngo bashaka amahera yo kugura igitabo c’iterefone ngendanwa kugirango bakoresha bwabuhinga bumaze kungwira kw’isi yose bwitwa Whats App na VIBE.

 

AMAFOTO YARANZE ITEGUTRWA RYA CLIP VIDEO UTAYAONA BY SKPO’S

967843_566436820156663_1356136023_n

 

 

10751864_566436813489997_1312807535_n

 

10748942_566436833489995_1047561921_n

 

10799737_566436826823329_1525395628_n10799737_566436826823329_1525395628_n

10805036_566436830156662_1437808268_n

10799429_566436816823330_1877360428_n

10744529_566436856823326_454898855_n

10805029_566436873489991_1929114618_n

10736184_566436866823325_1268183192_n

10805154_566436870156658_1324964334_n

10554969_566436836823328_1139161234_n

 

 

 

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *