LAST CHANCE n’indirimbo nshasha ya MT NUMBER ONE iha amahirwe yanyuma umukobwa

By  |  0 Comments

Umuririmvyi MT NUMBER ONE ahejeje gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yitwa LAST CHANCE bisobanura imigisha ya nyuma. Akaba aririmba umukobwa yakunze ariko atashaka kumwumvira muvyo amubwira vyose rero ntiho MT NUMBER ONE amumbwira uwo mukobwa ati LAST CHANCE.
Umviriza neza urworurimbo rushasha rwa MT Number One rwitwa Last Chance.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published.