ABARIRIMVYI B’IBIHANGANGE MU MUZIKI NYARWANDA NKA Tom Close BAZOBA BARI MU BURUNDI GUSEZERA UMUHISI DR. JACK PRO

By  |  0 Comments

Amakuru tuguma turonka kumwanya kumwanya ajanye n’urupfu rw’igihangange mu guhinyanyura indirimbo z’abaririmvyi babarundi n’abaririmvyi babanyarwanda nyakwigendera DR. JACK PRO. n’uko uno munsi wa mbere itariki 10/11/2014 harara hacitse abaririmvyi b’ibihangange mu muziki nyarwanda bakoranye na DR. JACK PRO mu kubakorera indirimbo zabo aho twovuga ko umuririmvyi TOM CLOSE ashobora gushika i Bujumbura ,  uno munsi nyene wa mbere aho DR JACK PRO yashoboye guhinyura indirimbo yitwa KUBA IPATARO ya TOM CLOSE eka n’abandi baririmvyi nywranda bakoranye na DR. JACK nabo nyene barahava barara i Bujumbura aho twovuga ibihangange vy’abaririmvyi nyarwanda nka Riderman, Urban boys, Dream boys , The Ben. bamwe murabo bakaza kuba babarizwa mugihugu c’uburundi bwacu  uyu munsi wa mbere ,mukuzoshingurana iteka n’umuhinyuzi DR. JACK PRO ejo kwa kabiri itairiki 11/11/2014.

Why-Tom-Closes-decision-to-tie-knot-is-timely

Bishobotse igihangane mu muziki nyarwanda TOM CLOSE yakorewe indirimbo KUBA IPATARO na DR. JACK PRO hari igihe yozanana i Bujumbura n’umufasha wiwe nyina w’abana

 

Twokumenyesha ko DR JACK PRO yakoze ibikorwa inka mu muziki nyarwanda aho yashoboye kumenyekanisha abaririmvyi benshi cane gose nyarwanda mugihe yahinyanyura indirimbo zabo zigakundwa ninabwo buryo bwatuma umuhanzi nyarwanda amenyekana kurushirizaho kubwivyo rero bamwe muraba bahanzi nyarwanda bazoshingurana iteka nyakwigendera twakunda cane gose DR. JACK PRO yatumye umuziki w’uburundi umenyekana mugihe yahinyanyura indirimbo z’baririmvyi bacu mu Burundi bagaheza bakamenyekana cane gose aho twovuga nk’indirimbo ubu ariyo igezweho iheka gukorerwa isnamau ariyo WHAT’S MY NAMWE yashizwe ahabona haciye iminsi ibiri gusa hama DR. JACK PRO aca ayitaba umuremyi ico tutomenya n’uko tuazi ko yoba yarashoboye kubona amasanamu y’indirimbo yahinyuye WHAT’S MYA NAME ikuzwe gose n’abakunzi b’umuziki w”uburundi batari bake.

Ushaka kumenya vyinshi indirimbo zahinyanyuwe n’umuhisi twakunda cane gose DR. JACK PRO avuka mugihugu c’urwanda umenye indirimbo z’abaririmvyi b’ibihangange mu Rwanda bahava mushika kukiriyo i Bujumbura uy’umunsi. Raba ngaho kuri inyandrwanda.com Wongere umenye icatumye DR. JACK UMURYANGO WIWE WEMERA KO YOSHINGURANA ITEKA MUGIHUGU C’UBURUNDI BWACU AHO YARASAZWE AKORERA==>>http://inyarwanda.com/articles/show/BreakNews/ku-bw-amikoro-dr-jack-arashyingurwa-i-burundi-kuri-uyu-wa-mbere-menya-indirimbo-zizahora-zibukwa-nk–60893.html

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *