MBEGA VYAGENZE GUTE EJO KUMAZIKO Y’UMUHINYUZI DR. JACK PRO ? BIMENYERE NGAHA

By  |  1 Comment

Ejo hahise ku munsi wa Kabiri itariki 11 / 11 / 2014 ntiho abaririmvyi n’abamenyeshamakuru , incuti , abagenzi , umuryango wa nyakwigendera DR. JACK PRO yashingurwana iteka mw’itondo ry’abapfuye ryo Kumpnda i Bujumbura hakaba hariho abantu benshi cane gose baje gushikirana iteka DR. JACK PRO kandi vyari bibaje cane gose uravye cane cane umwana w’imfura wa DR. JACK PRO yari akitswe n’amarira menshi cane gose gushika ntaho umuvyeyi ari wo nyina wiwe ubu asigaranye amuhoza bikananira kubera urukundo rwinshi yakunda se.

Nkuko twashoboye kuguma tubamenyesha urubanza rubabaje rw’urupfu rwa DR, JACK PRO igihe bamushikungura iteka kira muririmvyi wese w’umuziki w’uburundi yaragize ico agenda arashikiriza kuvyo amuzi ko na cane canebashikiriza ukuntgu yashoboye kubahuza mugihe batumvikana abicishije mundirimbo yagenda arabahinyanyurira. Ejo hahise kuwa kabiri hari hzuye umubabaro utagira uko ungana kumpande zose z’abantu baje gushingurana iteka umuhisi nyakwigendera DR. JACK PRO.

10804461_10203011736682420_2087012390_o

Umwana w’imfura wa nyakwigendera DR. JACK PRO agahinda kari kose ngaho yari kumwe na MAMA wiwe yariko aramuhoza

AMAFOTO YARANZE ISHINGURWA RY’IGIHANGANGE MU MUZIKI W’UBURUNDI , URWANDA NA CONGO ARIWE DR. JACK PRO BAMUSHINGURA ITEKA RIDASANZWE KANDI AKABA YASHOBOYE GUSIGIRA ABANTU BENSHI ICIRWA GIKOMEYE CANE GOSE BAZOKWAMA BAMWIBUKIRA KO.

 

10754474_10203011739802498_715921583_o

OLGA , CHANY QUEEN , INYARUNYONGA

 

10577723_10203011740242509_1510292403_o

Umukuru w’umuziki mu Burundi muzi kw’izina rya MEMBER BRUNO yari kumazi ko ya DR. JACK PRO

 

10807495_10203011737922451_1534398546_o

KOOK – K aari we nawe yakorana cane gose na DR. JACK RPO ngaho inyuma yuwo muntu yafise akantu kurutugu

 

 

 

 

 

10577766_10203011738842474_671309517_o
10807647_10203011739562492_1152878753_o

10754319_10203011738362462_1315981189_o

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *