The Latest
-
General Music
Frankpro Show Live | November 8, 2014DR. JACK YAHINYANYUYE INDIRIMBO WHAT’S MY NAME AHEJEJE GUPFA
Uburundi burabuze umuntu wingira kamaro mu muziki w’uburundi.Umuhinyanyuzi y’arafise ubuhinga budasanzwe benshi bazi kw’izina DR.JACK PRO ahejeje kwitaba...
-
Fashion
shemeza | November 8, 2014Shemeza Stores – African Way
Afro Shemeza Stores works hard to bring new products and entertainment to our customer. Because we Treat our...
-
Burundi Music
Frankpro Show Live | November 7, 2014UMUMENYESHAMAKURU EDDY KAMOSO VUBA ARASHIRA AHABONA CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO YISWE Ishure ry’Imana
Inyuma yaho EDDY KAMOSO umumenyeshamakuru w’iradiyo REMA F.M akanongera akaba n’umuririmvyi ahimbaza Imana mu kuyiririmba asohoreye Clip Video...
-
Entertainment
Frankpro Show Live | November 7, 2014DIAMOND PLATNUMZ YAKOZE INDIRIMBO NSHASHA Y’URUKUNDO KUBERA GUKUNDA UMOBWA AGUMA AMUBONA MUNZOZI
Igihangange mu muziki wa EAST AFRICA umuririmvyi DIAMOND PLATNUMZ akomoka mugihugu ca TANZANIA inyuma yo gukora Clip Video...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 7, 2014SAT – B :”NDAKUMBUYE IMUHIRA I BURUNDI UMUNSI NZOZA NZOBACA AMAZI KURI STAGE MURAGABE”
Ibintu bigiye kuranga aho umuririmvyi SAT – B yaraye atanze ubutumwa buciye kuri FRANK PRO SHOW LIVE aramutsa...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 7, 2014T – MAX ARASHIMIRIRA CANE GOSE UMURIRIMVYI DR. CLAUDE MUKUZA KUMURABA INYUMA Y’ISANGANYA YAKOZE
Haraheze iminsi itari mike umuririmvyi akomeye cane mu muziki w’uburundi bwacu benshi muziki mundirimbo nyinshi cane gose kandi...
-
Burundi Music
Frankpro Show Live | November 7, 2014LA CHANSON DE LA SEMAINE MAMA By BIG FIZZO ( FIN DU SEMAINE ) URURINDIMBO RUHARIWE INDWI MAMA ya BIG FIZZO
BIG FIZZO BURUNDIANO akuzaniye akaririmbo keza cane gose akaba agatuye aba MAMA bose aho bari hose. BIG FIZZO...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 6, 2014NASIBU BAUNI CHANCE YARANGIJE GUKORA CLIP VIDEO “I WILL LIVE “AKABA YAYIKORANYE NA GABBY KAMANZI WO MU RWANDA
NASIBU BAUNI CHANCE n’umuririmvyi aririmba indirimbo zihimbaza Imana aheruka gusubiramwo indirimbo yiwe SINZOPFA NZOBAHO yakoranye n’umuririmvyi ADORA UWIMANA...
