LA CHANSON DE LA SEMAINE MAMA By BIG FIZZO ( FIN DU SEMAINE ) URURINDIMBO RUHARIWE INDWI MAMA ya BIG FIZZO

By  |  0 Comments

BIG FIZZO BURUNDIANO akuzaniye akaririmbo keza cane gose akaba agatuye aba MAMA bose aho bari hose.

BIG FIZZO BURUNDIANO mukaririmbo MAMA aririmba ashimira MAMA wiwe yongera amahayagiza avuga ngo:” akaririmbo ndagatuye MAMA wanje naba MAMA bose bo kw’isi yose. MAMA ndaziko ntakugoye nkiri muto ariko ntiwarushe mbayeho kubwawe MAMA umva NANI KAMA MAMA AKUNA KAMA MAMA icobura ni kiboneke ni nyina w’umuntu muvyeyi wavyaye reka ngushimagize ndagushimire kuko urabikwiye ntaco mfise noguha MAMA eka ntaco nogereranyaa m’urukundo wamaye MAAA

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *