T – MAX ARASHIMIRIRA CANE GOSE UMURIRIMVYI DR. CLAUDE MUKUZA KUMURABA INYUMA Y’ISANGANYA YAKOZE

By  |  0 Comments

Haraheze iminsi itari mike umuririmvyi akomeye cane mu muziki w’uburundi bwacu benshi muziki mundirimbo nyinshi cane gose kandi zibanezera uwo nawe n’umuririmvyi T – MAX asanzwe ari mu mungwi WANAJESHI KAMILI inyuma yo gukora isanganya ry’imodoka rimushikiye giturumbuka aranaheza araja no mubitaro aravungwa aho yashoboye kuronka ububabare T – MAX mukanya gaheze ahejeje gushimira umugenzi wiwe anakora akazi ku muziki nawe nyene atavyorosha muzi nka DR. CLAUDE ahejeje kumushimira kuba yashoboye kuza kumuraba imuhira iwiwe aje kumwifuriza impore kuba yarashoboye gushikirwa n’isanganya hama Imana irakinga.

 

Moldiv_1415379861004

Tumaze iminsi twitegereza abaririmvyi babarundi ukuntu basigaye bafatana mumugongo bakerekana urukundo bafitaniye nkuko dushoboye kuvyumva umuririmvyi T – MAX ashimira umuririmvyi DR. CLUADE mukuza kumuramutsa anamwifuriza imisuhuko.

Ayo makuru tukaba duhejeje kuyaronka kurubuga rukwirikiranwa naba fans b’umuririmvyi T – MAX we nkuko mumuzi y’uko kenshi yivugira ururimi rw’igiswahili akaba yashoboye gushimira DR. CLUADE. Munwanyi w’indirimbo za T MAX na D.R CLAUDE soma kuri yofot uko T – MAX yanditse ashimira DR. LAUDE.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *