DR. JACK YAHINYANYUYE INDIRIMBO WHAT’S MY NAME AHEJEJE GUPFA

By  |  0 Comments

Uburundi burabuze umuntu wingira kamaro mu muziki w’uburundi.Umuhinyanyuzi y’arafise ubuhinga budasanzwe benshi bazi kw’izina DR.JACK PRO ahejeje kwitaba Imana mw’ijoro ntiho y’ashobwoye kwitaba umuremenyi ubu tukaba tutari kumwe nawe hano kw’isi.

DR. JACK PRO Imana ikwakire mubiganza vyayo ugiye twari tugukeneye mu muziki w’uburundi bwacu ntaho udusigiye ivyo tuzokwibukira ko bikorwa vyawe usize ukoze mu muziki w’uburundi bwacu.

2014-11-08-01-54-41

 

2014-11-08-01-52-37

2014-11-08-01-51-14

2014-11-08-01-50-29
DR JACK PRO akaba ashoboye kwitaba Imana imbere y’uko buca mw’ijoro ryo kur’uwu wa gatandatu ,ansize akoze ibikorinka mu muziki w’uburundi.Kandi niwe y’ahinyanyuye indirimbo What’s my Name ya Big Fizzo hamwe n’izindi nyinshi z’abaririmvyi bageze kungwego runini.

Dusubiye inyuma gato imbere y’uko DR JACK PRO apfa twobabwira ko ubwa mbere bari baramuroze hama aragenda kwa muganga barabura ico angwaye ntiho yaja k’umuhanga w’ikirundi aramuha imiti ntiho y’ashoboye kudawa ibintu vyinshi bimuvamwo munda ,mugihe y’aramaze kuza arababara munda.

Twobamenyesha ko urupfu rw’umuhinyayuzi DR. JACK PRO yakora muri Studio GOLDEN STAR RECORDS ikorera mu Cibitke ca Bujumbura iringowe n’umuririmvyi KOOK – K.

Kugeza uno munota akababaro ni kose kuri twebwe abarundi n’abarndikazi k’urupfu rw’umuhinyanyuzi DR. JACK PRO tukaba tumusabiye ku Mana imwakire m’ubwami bwayo yongere imuharire.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *