SAT – B :”NDAKUMBUYE IMUHIRA I BURUNDI UMUNSI NZOZA NZOBACA AMAZI KURI STAGE MURAGABE”

By  |  0 Comments

Ibintu bigiye kuranga aho umuririmvyi SAT – B  yaraye atanze ubutumwa buciye kuri FRANK PRO SHOW LIVE  aramutsa aba fans biwe ati ENDAMWIRIWE  nabo bakaba bashoboye kumwishura ati turagukumbuye ahubwo gira uze unyaruke kuko tumaze iminsi itari mike mugihugu tugukumbuye uduhe indirimbo nshasha kuko turakwemera cane gose. Mu fans w’indirimbo za SAT – B witegure vuba agiye kuza kuko aho waraye umubwire ko umukumbuye nawe aravuga ngo ninde ankumbuye ko ndabaca amazi kuri STAGE ahubwo banyitegurire mvuye muri KENYA nzobaca amazi gushika aho inkumbu zose bafitiye aba fans banje zose zibaheramwo mukubaca amazi.

10173568_1524513211127221_8492609565494414733_n

FrankPro Show Live Yesterday · Edited · Ubutumwa budushikiriye buvuye kugihangange mu muziki w’uburundi ari we SAT – B SATURA MABAFLE mukanya gaheze atubwiye ngo tumuramukirize ABA FANS biwe mugihe abakumbuye ari NAIROBI , KENYA ngo ati:” ENDAMWIRIWE “

Amakuru dukesha igihangange SAT –  B  aravuga ko kuba ari mugihugu ca KENYA bimutera gukumbura cane gose imuhira iwiwe i BURUNDI akanagira n’inkumbuye nyinshi cane gose nzogusubira guteramisha aba fans biwe kuri STAGE mukubaryophera n’indirimbo yinshi ziwe nshasha zisohotse vuba uno mwaka w’ibihumbi  bibiri na cumi na kane hamwe n’indirimbo yasohoye mu myaka iri inyuma  mwakunze nka AFISE AMANYAMA n’izindi nyinshi cane gose mukunda mugihe yamaze kuja kuri STAGE akabateramisha gushika ntabo mudashaka ko igiteramo kirangira.

10382836_1524922897752919_4021675784863289416_n

SAT – B MUGIBUGU C=KIBANYI CA NIAROBI, KENYA KANDI IYO N’IFOTO YIWE NSHASHA YIFOTOJE MUKANYA

SAT – B anatwiganira atubwira ko aba fans biwe ariwe abakumbuye cane gose kubasuvya inkumbu boba bamufitiye kandi ngo niyaza avuye mugihugu ca KENYA azobaca amazi kuri STAGE nkuko y’abaciye amazi mugiteramo SATURA AMAFLE y’akoreye kuri MUSEE VIVANT y’i BUJUMBURA  mu kwezi twashoboye kurangira hari itariki 05/09/2014 kuvy’ukuri aba fans biwe yarashoboye kubaca amazi bimwe bikomeye cane gosebari baje kubwinshi gose gushika ntaho umuntu abura aho hagarara.

Abakunzi b’umuziki w’uburundi mwese tubabwire ko igihangange canyu mu muziki SAT – B niyaza i Buurundi avuye muri KENYA azobaca amazi mukubateramisha mubiteramo bitandukanye hamwe n’indirimbo nyinshi nyinshi kandi azobazanira n’udukemanyi twinshi tw’indirimbo tutibagiye indirimbo ikiri SURPRISE yakoranye n’igihange KIDUM KIBIDO.

Mu fans ba SAT – B ukaba utaronse ubutumwa bwiwe yagutumiye akuramutsa uhejeje kuburaba uce uugira akajambo womubwira nawe FYONDA HANO: https://www.facebook.com/photo.php?fbid=1524513211127221&set=a.1512140749031134.1073741829.100007056707853&type=1&theater

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *