DIAMOND PLATNUMZ YAKOZE INDIRIMBO NSHASHA Y’URUKUNDO KUBERA GUKUNDA UMOBWA AGUMA AMUBONA MUNZOZI

By  |  0 Comments

Igihangange mu muziki wa EAST AFRICA umuririmvyi DIAMOND PLATNUMZ akomoka mugihugu ca TANZANIA inyuma yo gukora Clip Video y’indirimbo MDOGOMDOGO ayikoreye mubwongereza ikintu kije gitangaje aba fans ba DIAMOND n’uko agiye gukora indirimbo nshasha iteye ubwoba mumajambo y’urukundo nkuko DIAMOND PLATNUMZ avyivugira avuga y’uko hariho umukobwa yanse kumuvamwo mugihe agiye kurya amuguma amurota aranavuga ati n’ubu uwo mukobwa aguma anzamwo munzozi ariko iyo ngize ngo ndavyutse sindamubona kandi aguma agaruka mugihe ryamye n’ukuri kw’Imana sivyimbeshe uwo mukobwa nguma ndamubona munzozi ariko vyutse sindamubone.

10454484_792855360736280_4957652926832033638_n

Amakuru twashoboye kuronka avuye k’umuririmvyi DIAMOND PLATNUMZ aramenyesha umukobwa aguma amubona munzozi uko agiye kuryama bikaba vyarase ko amuvamwo munzozi rero ntiho yahisemwo gukora indirimbo y’urukundo ifise abajambo ababaje mugihe yumvirije nawe wumva akagongwe kuko izoba ari indrimbo ya HeartBrokenSong murumva ko izoba itavyorosha uno muririmvyi DIAMOND twovuga ko afise ubuhinga bukomeye gusmba abandi baririmvyio bose bo muri EAST AFRICA kuko indrimbo agiye kuzoshira kumugargaro izoba ari inkuru y’ukuri mugihe akunda kenshi gushikirwa n’ingorane nyinshi murukundo asanzwe akundanye n’umufasha wiwe WEMA SEPETU banavuga ko bagiye kuzorushinga bagakora ubugeni.

DIAMOND PLATNUMZ akaba anasigura neza na neza ko yama afise indoto zikira minsi yose mugihe agiye kuryama ategerezwa kurota umukobwa bwaca akabura irengero ryiwe niyo mpamvu ngo yahisemwo gukora indrimbo izoba ikomeye mumajambo ayigize ukazonatuma umukobw azoba ayiririmbiye yashoboye kubona munzozi akagira ico amubwiye akanakomeza kumukunda kurushirizaho nyabugingo amubangamiye munzozi zakira amajoro yose uko bwije.

Twokumenyesha ko iyo ndirimbo y’amaze kuyiheza kuyikora igisigaye nukuyishira ahabona mukayumviriza tukazoshoboye kuyibumvisha imaze kuja kumugargaro.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *