The Latest
-
General Music
Frankpro Show Live | November 18, 2014Free Promotion / NEW TRACK 2015 NIKO SAWA By BIG FIZZO BURUNDIANO / y’umvirize nawe
Umuziki NIKO SAWA warurindiranwe igiinshika cinshi n’abakunzi b’umuziki w’uburundi igihe bumvise ko igihangange mu muziki w’uburundi BIG FIZZO...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 18, 2014MEDA wo mugihugu ca Tanzania y’aririmvye indirimbo yitwa BARUA KWA DIAMOND none DIAMOND PLATNUMZ avuga ko atamuzi bibabaje gose
Mugihugu ca TANZANIA hari umuririmvyi yitwa MEDA aheruka gusohora Clip Video y’indirimbo yitwa BARUA KWA DIAMOND aririmbira umuririmvyi...
-
General
shemeza | November 18, 2014The Audio is now Available: Shemeza by Sat-B (Afro Shemeza Company)
Right Click and save link as clika kuriyo link ukoreshej “right click” kugira ushobore kudaunilodi urwo ruririmbo
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 17, 2014LOLILO yaraye avuze ukuri mugihe abantu bari bazi yuko bagiye kuraba ihiganwa hagati yiwe na BIG FIZZO raba amafato yavyo
Haraye hamenyekanye ukuri mugihe abakunzi b’umuziki w’uburundi bari bafitiye igishika cinshi ihiganwa ryavungwa ko rihuza umuririmvyi LOLILO na...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 16, 2014Free Promotion – CLIP VIDEO nshasha yitwa AMAGORWA REMIX ya N T Khadafi Ft Daniela bayishize ahabona!
N T Khadafi na Daniela inyuma yaho bashikirije aba fans babo bakunda cane umurwi OVERDO TIME bashiyishize ahabona...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 15, 2014Ibintu bituma abamenyeshamakuru bo kuri internet bataronka amakuru y’umuririmvyi wa GOSPEL n’ibi ngaha
Ibintu bituma umumenyeshamakuru ataronka amakuru menshi cane gose kuri INTERNET y’abaririmvyi ba GOSPEL ,nkuko twashoboye gukora ubuhinga bwacu...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 15, 2014Isozerwa ry’ikiriyo ca DR. JACK PRO umuririmvyi DJ PRO yagize ico abwira bagenziwe babaririmvyi soma inkuru yose
Umuririmvyi DJ PRO mwakunze cane Clip Video yiwe yakoranye na SAT – B hamwe na MKOMBOZI asubiyemwo indirimbo...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 15, 2014Shemezaclouds.com IKUZANIYE Suzana 2 full Burundian movie 2014 raba ukuntu wo kwirinda abavyeyi bakubuza umukobwa wakunze
Inyuma yaho abakinye MOVIE SUZANA igice ca mbere bakuzaniye SUZANA igice ca kabiri yirabe neza urakuramwo impanuro canecane...
