Shemezaclouds.com IKUZANIYE Suzana 2 full Burundian movie 2014 raba ukuntu wo kwirinda abavyeyi bakubuza umukobwa wakunze

By  |  1 Comment

Inyuma yaho abakinye MOVIE SUZANA igice ca mbere bakuzaniye SUZANA igice ca kabiri yirabe neza urakuramwo impanuro canecane aho abavyeyi bashobora kubuza umuhungu gukunda umukobwa yishimiye hama bagashaka kumutorera umukobwa yo kunda irabire amagorwa TIFF yaronse inyuma yaho umuvyeyi wiwe bamumaramaje imbere y’umukobwa agiye kumubereka.

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published.