Free Promotion – CLIP VIDEO nshasha yitwa AMAGORWA REMIX ya N T Khadafi Ft Daniela bayishize ahabona!

By  |  0 Comments

N T Khadafi na Daniela inyuma yaho bashikirije aba fans babo bakunda cane umurwi OVERDO TIME bashiyishize ahabona CLIP VIDEO nshasha  y’indirimbo AMAGORWA n’indirimbo baririmba batabaza Imana imfashe abana bayo mugihe bashikiwe n’ivyago vyinshi cane cane abana b’igihugu c’uburundi.
Iyi CLIP VIDEO ikoranye ubuhinga bwiza cane gose kandi iratandukanye n’izindi Clip Video tumenyereye kubona amashusho yazo. Tugusabe wumviriza neza ubutumwa birimwo muri muri Clip Video nshasha AMAGORWA y’umuririmvyi N T Khadafi afada=ikanije n’umuririmvyikazi Daniela

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *