MEDA wo mugihugu ca Tanzania y’aririmvye indirimbo yitwa BARUA KWA DIAMOND none DIAMOND PLATNUMZ avuga ko atamuzi bibabaje gose

By  |  0 Comments

Mugihugu  ca TANZANIA hari umuririmvyi yitwa MEDA aheruka gusohora Clip Video y’indirimbo yitwa BARUA KWA DIAMOND aririmbira umuririmvyi musazwe muzi ko ari igihangange mu muziki wa AFRICA bimaze kuba uko hama DIAMOND arumva ubutumwa bwa MEDA ntiho yaciye avuga ko uwo muririmvyi MEDA atawezi nana rimwe arigera no kumubona mugihe MEDA avuga ko bavukana bakava munda imwe bavyangwa n’umuvyeyi umwe wumvise ukuntu DIAMOND PLATNUMZ yavuze birateye ikigongwe kandi birababaje cane mugihe MEDA aririmba avuga ati irikete rigushikire DIAMNOD gira vuba ugaruka kwa MAMA DIAMOND.

MEDA aririmba yemeza ko bavukana na DIAMOND niyo mpamvu ngo yahisemwo kuririmba indirimbo afise akababaro kuko  ngo DIAMOND n’iyamumenya azoza.

Ukaba wumva ururimi rwa SWAHILI twibaze watahuye neza ico MEDA yaririmvye hama bandanyiriza ngaho hasi urabona ivyo DIAMOND PLATNUMZ y’amusubije

maxresdefault

 

Ivyashikirijwe na DIAMOND PLATNUMZ mugihe y’umvise indirimbo BARUA KWA DIAMOND arongera araraba CLIP VIDEO BARUA KWA DIAMOND. yagize ngo :

Kiukweli simfahamu… Sijawai hata kumuona, Wala kuzungumza nae…..na sio kwasababu Eti kaniimba mimi, hapana!… ila ni userious na uzuri wa kazi aliyoifanya ndio vimenifanya nione ni vizuri kumleta kwenu hapa wadau ili kwa pamoja tumsupport naye kesho na keshokutwa afikie malengo ya kazi yake na kuwa Balozi mzuri wa nchi yetu kupitia Bongo flavour..Huyu hapa! Anaitwa MEDA kutoka IRINGA.

 

Uko twashoboye kubasigurira amwe mumajambo DIAMOND PLATNUMZ yanditse ngaho hejeru.

 

 

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *