LOLILO yaraye avuze ukuri mugihe abantu bari bazi yuko bagiye kuraba ihiganwa hagati yiwe na BIG FIZZO raba amafato yavyo

By  |  0 Comments

Haraye hamenyekanye ukuri mugihe abakunzi b’umuziki w’uburundi bari bafitiye igishika cinshi ihiganwa ryavungwa ko rihuza umuririmvyi LOLILO na BIG FIZZO  vyaraye bihindutse imbere yaba fans b’umuziki w’uburundi wabo baririmvyi babiri LOLILO na BIG FIZZO. Hakaba  muri CONCERT WHO IS THE BEST,  hari ejo hahise itariki 16/11/2014 ahitwa  ALPHA CD TECHNOLOGY imbere y’uko umuririmvyi LOLILO atangura kuririmba hahejeje BIG FIZZO yarashoboye gushikiriza ijambo nyamukuru aba fans aribenshi cane akaba yavuze imbere yabo ati jewe nabwo naje guhiganwa ahubwa naje kubateramisha. Ivyo jambo rikaba ryavuzwe na LOLILO abumvisha abantu bose baje ko ataje guhiganwa na mugenzi BIG FIZZO ahubwo yari yaje kubateramisha nkuko ya CONCERT atari ihiganwa kuri LOLILO.

1276389_344653509048740_6709939694359971550_o

LOLILO imbere y’aba fans biwe bamukomera akaruru kenshi

Ico giteramo cari citiriwe WHO IS THE BEST NANI MKALI kiba yaraye kigenze neza cane gose aho baririmvyi bose bari baje guteramisha abakunzi b’umuziki bavuyeyo baryohewe cane gose kandi cari igiteramo cuzuyemwo abantu benshi ccane barenga 500.0000 vyerekanye ko abarundi n’abarundikazi basigaye bakunda umuziki w’uburundi ariko ntaho baje ari benshi bobo baje bazi  y’uko haza kuba ihiganwa hagati ya LOLILO na BIG FIZZO basanzwe bashikigiye vyarahindutse bamaze gushika yo kuko LOLILO wewe imbere yo kuririmba yivugiye ngo nabwo yaje guhinganwa na BIG FIZZO yaje guteramisha igiteramo.

10473784_344653222382102_6301895762950972071_o

Aba fans ba LOLILO baje bafise igitambara ca nditseko LIZZO.COM

AMAFOTO YARANZE IGITERAMO WHO IS THE BEST NANI MKALI?

1403390_344652199048871_1363783840260713345_o

Umuririmvyi BIDONDO imbere yaba fans bari baje ari benshi

10694240_344652195715538_3526209513012240535_o

Uno muririmvyi yarabiciye biracika mukuryohera abakunzi b’umuziki birenze

1496329_344651662382258_3290796011899921933_o

Abakunzi b’umuziki w’uburundi baje basidukanye iyonka ngo baje kuraba ihiganwa hagati ya LOLILO an BIG FIZZO ariko siko vyagenze

1275284_344652362382188_1672421158726748915_o

Umuririmvyi T – MAX wewe yarakije umuriro imbere yaba fans biwe

1512188_344652355715522_2538061801495469165_o

T – MAX n’umutavyikazi wiwe w’umukobwa cari ikirori kidasanzwe

10295912_344652339048857_520449727158242809_o

RALLY JOE n’abatavyi biwe barabiryoheje cane gose mugutamba

10633662_344652575715500_7935131232929618830_o

MUSINGWA MUSANGWA umuririmvyi UNCLE CRAZY nawe nyene yarishikiye muguteramisha abakunzi b’umuziki murico giteramo twobabwira ko yabaryohewe cane gose mu kuririmba birenze

10655213_344652452382179_833245575364187743_o

Umuririmvyi BLACK – G AFRICANO nawe nyene ntiyavyoroheje mukwatsa umuriro mundirimbo ziwe ziryoheye abakunzi benshi b’umuziki

10750105_344652279048863_7202489367882405083_o

Umuririmvyi EMRY SUN we twovuga ko indirimbo WAWUNDI yabiciye biracika imbere y’akunzi b’umuziki insinzi ryabo

10750441_344652309048860_812917509781395171_o

Umurwi w’abaririmvyi 2 hamwe n’umuririmvyikazi 1. R. FLOW , CHANY QUEEN , BAM’S nabo bararerekanye ubuhinga budasanzwe

10005994_344652282382196_7894765736796172982_o

1973836_344652499048841_4592892613819960265_o

Umuririmvyi HAPPY FAMBA wewe yaje azanye umuntu yakoze ibintu biteye ubwoba imbere y’abakunzi b’umuziki w’uburundi nkuko mubibona kw’ifoto mukwatsa umucanwa

1294279_344652545715503_2157450058584959769_o

Aho rero wa mutavyi wa HAPPY FAMBA yatangaje benshi

10547794_344652592382165_6505124093227533060_o

Muramubona ingene yaciye mubiringi 2 vyose kandi nabwo yigeze abikorako vyari bitangaje

1267774_344652485715509_1679187276290055073_o

HAPPY FAMABA yarabiryoheje cane gose imbere y’aba fans biwe b’umuziki w’uburundi

 

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *