Free Promotion / NEW TRACK 2015 NIKO SAWA By BIG FIZZO BURUNDIANO / y’umvirize nawe

By  |  0 Comments

Umuziki NIKO SAWA warurindiranwe igiinshika cinshi n’abakunzi b’umuziki w’uburundi igihe bumvise ko igihangange mu muziki w’uburundi BIG FIZZO BURUNDIANO yatanguye gukora uwundi muziki mu nshasha muri kanokanya wamaze kuja kumugaragro wumvirize neza hanini BIG FIZZO BURUNDIANO aririmba atanga ukuri ku bantu bagiye baramuvuga kubintu bitandukanye ati ngo akunda kuborewa cane gose birakaze none BIG FIZZO BURUNDIANO y’abishuye atarya umunwa.

10734217_1529594633952412_6146365798671633810_n
Aririmba abwira abantu tutashoboye kumenya abaribo avuga ngo: UBUZIMA N’UBW’IMANA NIMUNDENKE NIRIRE IVYANJE N’ICUYA CANJE KO MBONA MUTERA AKARURU IMANA YARAMAYE N’IMIGISHA YANJE N’IMIHEZAGIRO Y’AKAZI KANJE NIMUREKANE N’UBUZIMA BWANJE. HAMWE NGO FIZZO YABOREWE TURANANIRWA KUMUTAHURA NINDE YANGURIYE NIMBA MBORERWA N’AMAFARANGA YANJE , FIZZO YABOREWE , JEWE MEZE NEZA N’UBUZIMA BWANJE. JEWE MEZE NEZA , WEWE UMEZE NEZA , URYA AMEZE NEZA. JEWE MEZE NEZA IMIFUKO IMEZE NEZA , ABAKOBWA BAMEZE NEZA NEZA NEZA NEZA. ICO IMANA ITEGUYE NAWUSHOBOYE KUGITEGURURA

Uno muziki NIKO SAWA wa BIG FIZZO BURUNDIANO uheze arangiza avuga ngo JEWE MEZE NEZA HAMWE NABA FANS BANJE

AUDIO NIKO SAWA : AFRICAN SOUNDS RECORDS

ARTIST : BIG FIZZO BURUNDIANO

PRODUCER : PASTOR P FROM RWANDA

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *