Isozerwa ry’ikiriyo ca DR. JACK PRO umuririmvyi DJ PRO yagize ico abwira bagenziwe babaririmvyi soma inkuru yose

By  |  0 Comments

Umuririmvyi DJ PRO mwakunze cane Clip Video yiwe yakoranye na SAT – B hamwe na MKOMBOZI asubiyemwo indirimbo yiswe KATOTO aratanga igicirwa ciza kubaririmvyi bagenzi biwe akaba ashoboye kubishikiriza uyu munsi inyuma yogusozera ikiriyo c’umuhisi DR. JACK PRO. Aravuga ko abaririmvyi bose boshobora gufashanya muri vyose haba mungorane canke atangorane bafise bakerekana urukundo bafitaniye hagati yabo bakareka kwerekana ko banka nkakurya kw’inkoko na kagomba. Bakaja hamwe bagafashanya nkuko yashoboye kuronka icirwa kuva DR. JACK PRO yitavye Imana  aho DJ PRO vyamweretse vyinshi cane gose hati yabaririmvy bagenzi we akabasaba ko boja hamwe bakerekana urukundo hagati yabo bagafashanya muri vyose haba mukazi cane mubuzima bwaburu munsi bakora mu muziki w’uburundi.

Twokumenyesha ko abaririmvyi bari baje kubwinshi gusozera ikiriyo ca nyuma c’intwari itazokwibagirwa mu muziki w’uburundi , urwanda na CONGO umuhinyanyuzi nyakwigendera DR. JACK PRO

 

AMAFOTO YUNO MUNSI MW’ISOZERWA RY’IKIRIYO CA DR. JACK PRO, BARIRIMVYI BARI BAJE KUBWINSHI

15817_1528483374063538_7198032786592631989_n

Abo twashoboye kumenyemwo murabo bahagaze abo bugabo yegamiye imodoka umwe n’umumenyeshamakuru w’iradiyo Isanganiro yitwa CHRINSA NSAVYE hamwe n’umuririmvyi KOOK – K

1382902_1528483274063548_3641206716732042230_n

Umuririmvyikazi INARUNYONGAn’uwo mwigeme yariko yitaba iterefone , hama uwo barikumwe n’umumenyeshamakurukazi w’ikiganiro IKIRERE SHOW

1462872_1528480834063792_5581677451887966235_n

DJ PRO nuwo yamabye ipantaro yera , uwo wundi yambaye inkofero ni BLACK – G AFRICANO

1466244_1528483494063526_7669345605912389125_n

Umurungozi w’umuziki mu Burundi yitwa MEMBER BRUNO

1901149_1528483520730190_4287573393891370877_n

Umugore w’umuhisi DR. JACK PRO nuwo agomba kwicara

10422443_1528481094063766_3345127375096228903_n

HAPPY FAMBA n’abigeme

10505229_1528480327397176_4002091390216697500_o

HAPPY FAMBA , BLACK – G , DJ PRO , BIDONDO

1604859_1528483210730221_1081216489547306161_n 10675507_1528483427396866_4155222294966598554_n 10734191_1528482330730309_4641925552177663820_n

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *