The Latest
-
News
shemeza | March 1, 2017USA: Ijambo Rya mbere Donald Trump Ishikirije imbere y’ Inama ya Congress
Mw’ijambo ryiwe rya mbere, imbere y’Inama nshingamateka na nkenguzamateka, k’umugoroba wo kur’uyu wa kabiri, Prezida Donald Trump wa...
-
Burundi
mugisha | March 1, 2017Faustin NDIKUMANA asaba abategetsi gukora kugira igihugu kironke umutekano
Icegeranyo c’abahinga b’amashirahamwe mpuzamakungu bari kumwe n’ibanki y’isi kimenyesha ko Uburundi buri mu kibanza ca 53 ku bihugu...
-
News
mugisha | March 1, 2017Bubanza: A relief eagle for the inhabitants of kagwema
After a long time, the inhabitants of the Kagwema hill used the Rusizi water. This Friday, they finally...
-
Inyigisho
shemeza | February 26, 2017Inyigisho 04: Inzira nziza zo kuronka umutahe w’ imigambi-Burundi
Ingorane ihanze benshi, bidoga ko imigambi bayifise ariko umutahe (uburyo) aribgo bubagora kuronka kugira bashike ku migambi yabo....
-
Burundi
shemeza | February 23, 2017Burundi: Malaria takes a worrying pace
More than 3,700 cases of malaria deaths were recorded throughout the country in 2016. A report by the...
-
Inyigisho
shemeza | February 22, 2017Inyigisho 03: N’ iyihe myuga ushobora gukora ikakwinziriza umutahe mu Burundi
Igihugu c’ uburundi aho kigeze ubu siho cari kiri mu myaka iheze. Hari impinduka nyinshi kandi iterambere ririko...
-
Inyigisho
shemeza | February 20, 2017Inyigisho 02: Uwushaka umubira abira akuya; wige gusoma ibishobora kugutez’ imbere!
Ubu abenshi mu gihugu c’ uburundi barafise amaterefone agezweho ashobora kujamwo Internet n’ am’ applications, kandi nabafise uburyo...
-
Inyigisho
shemeza | February 20, 2017Uburyo ushobora kwitez’ imbere mu mibereho yawe mugihugu c’ uburundi
Kumazina ndi Apôtre Vyamungu Seth benshi bakaba banzi kw’ izina rya Kaburungu. Nd’ umukozi w’ Imana nkongera nkaba...
