The Latest
-
Audios
Frankpro Show Live | November 11, 2014LAST CHANCE n’indirimbo nshasha ya MT NUMBER ONE iha amahirwe yanyuma umukobwa
Umuririmvyi MT NUMBER ONE ahejeje gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yitwa LAST CHANCE bisobanura imigisha ya nyuma. Akaba...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 10, 2014ABARIRIMVYI B’IBIHANGANGE MU MUZIKI NYARWANDA NKA Tom Close BAZOBA BARI MU BURUNDI GUSEZERA UMUHISI DR. JACK PRO
Amakuru tuguma turonka kumwanya kumwanya ajanye n’urupfu rw’igihangange mu guhinyanyura indirimbo z’abaririmvyi babarundi n’abaririmvyi babanyarwanda nyakwigendera DR. JACK...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 10, 2014ITANGAZO BISABWA KO ABANTU BOSE BASHIKA KARE EJO KURI Prince Regent Charles gusezera ubwanyuma DR. JACK PRO
Itangazo ridasanzwe kubaririmvyi n’abaririmvyikazi hamwe n’abakunzi b’umuziki w’uburundi , abamenyeshamakuru mwese b’igihugu c’uburundi aho muva mukagera ko woshobora...
-
Burundi Soccer
shemeza | November 10, 2014“Primus Ligue 2014-2015” – Burundi
PRIMUS LIGUE Ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi, ari ryo ryitiriwe “Primus Ligue 2014-2015” ryasozereye umusi waryo ugira cumi...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 10, 2014ISHINGURWA RY RW’UMUHINYANYUZI DR. JACK PRO MURI EAST AFRICA ISANGO KU MUSI WA KABIRI
Uhinyanyuzi DR. JACK PRO rurangiranwa mu muziki w’uburundi n’urwanda yakoze ibikorwa vyiza cane gose muguhinyanyura indirimbo z’abaririmvyi b’ibihangange...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 9, 2014WWW.SHEMEZACLOUDS.COM YIYEMEJE GUTANGAZA URUBANZA RUBABAJE RW’URUPFU DR.JACK PRO
FRANK PRO SHOW LIVE intumbero yanje yo kwifatanya hamwe n’umuryango w’umuhinyanyuzi w’igihangange mu muziki w’uburundi n’umuziki nyarwanda ariwe...
-
General Music
shemeza | November 9, 2014New Video: Whatever It Takes – Aimé. M. {Burundi Music}
Ino ndirimbo Aime M. avuga ko yayikoreye muri Hollywood!
-
General Music
Frankpro Show Live | November 8, 2014RABA CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO WHAT’S MY NAME YAHINYAYUWE N’UMUHISI DR. JACK PRO TWABUZE DUKUNDA
Umviriza wongere urabe Clip Video y’indirimbo WHAT’S MAY NAME yahinyanyuwe n’umuhisi DR. JACK PRO twavuze dukunda mu muziki...
