UMURIRIMVYI GN AHIMBAZA IMANA BUCA ASHIRA AHABONA CLIP VIDEO NDAMUKUNDA IVYAVUZWE NAWE

By  |  0 Comments

GN n’umuririmvyi aririmba indirimbo zihimbaza Imana mugihugu c’uburundundi akaba ari n’umurundi aramaze gukora indirimbo zitari nke mugihe amaze amezi atanguje umudiho mu nshasha utarashobora gukorwa n’abahinyanyuzi benshi kiretse we nyene awikorera uwo mudiho ukaba witwa DANCEHALL uwumvse urumvako uyihanyunwe neza kandi mu mudiho DANCEHALL amaze gukoramwo indirimbo zishika kuri zitatu kurubu rero akaba yaramaze guheza izondirimbo zose.

Umuririmvyi GN igihe twaganira nawe yatumenyesheje ko amaze iminsi ari mugikorwa gikomeye c’imana mugukora CLIP Video y’indirimbo yise NDAMUKUNDA yakoze mumudiho DANCEHALL ikintu gikuru yashoboye kutumenyesha n’uko yagize ngo aba fans banje bahezagirwa n’indirimbo zanje zihmbaza Imana mugiye kuzoba Clip Video yanje nhasha ku munsi wa kane izoba yasohotse mukazoshobora kwiyirabira mwongera mutegereza amajambo n’ubutumwa buyigize kuko ndavyizera izobahezagira kandi indirimbo yanje NDAMUKUNDA hanini ndirimbo mayagiza izina ry’imana yacu ntongera mvuga ko uwo YESU ndamukunda yankuye muvyaha ntico gituma ndamukunda kurusha vyose.

Abakunzi mwese b’umuririmvyi GN twobabwira ko ejo hatarenze muzoshobora kubona CLIP VIDEO y’indirimbo NDAMUKUNDA nkuko GN yabidushikirije tubizeze ko namwe izogira ico ibafashije kuko atawundi akwiye gukundwa atari YESU CHRISTO wenyene atigera aduhemukira muvyo dukora vyose.

UBUTUMWA BUGIZE INDIRIMBO NDAMUKUNDA YA GN MUGIYE KUZOBONA CLIP VIDEO NSHASHA TUGUSABE USOME NEZA URAHEZA UTAHURE VYINSHI BIJANYE N’URUKUNDO WOKUNDA YESU CHRISTO.

Intro G made 10 Ndamukunda tena sana

Verse 1 Ndamukunda cane

Ndabizi sivyo nibaza
Shetani nawe agerageza kuzana ibimbabaza
Jewe Mbabare ntunture mpunge
Nibagire urukundo rwumukunzi wanje
Ivyo sivyo shetani
Urihenda cane
Imitego namayeri yawe
Nabikaguye yes niwikangure ujugumire wiruke ndaba ndaba ndaba neza nyihweze ariko uraba neza ntucike ikizeze zemperera ahandi
Zemperera ahandi jewe ntukinesheje kuko urukundo ankunda rurarenze rurarenze
Shiduka shiduka ×2uhuruze×2
Utarararararahumirwa

Chorus

Ndamukunda jewe ndamukunda x2
ndamukunda jewe ndamukunda
Mba x6

Verse 2 mbariza uwogukunda urukundo rwo ukimwanka
Akaguheberako numwana we wikinege akanatako akaguha ivyukeneye ijoro numutaga akagutiza ikizimvye muri we
Murububuzima impwemu wozikiye he kwatazamagendu yo babawe yo mama uwo mukunzi wumva urindiriye iki kugira uwmakire nkumwami wawe
Aze akubere umucunguzi

Chorus×2 outrLIKE FATHER LIKE SON #GN#2014 dancehall -**Ndamukunda lyrics**

NDAMUKUNDA By GN

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *