SAT – B UMENEZERO NIWOSE UMUKURU WA FRODEBU LEONCE NGENDAKUMANA YAMUSHIGIKIYE

By  |  0 Comments

Imboneka rimwe mu muziki w’uburundi bwacu uno munsi wa gatatu ntiho umuririmvyi SAT – B y’aramuka ashira ahabona ifoto yiwe yifotoje hamwe n’abasirikare b’igihugu c’uburundi ntiho haseruka umukuru w’umugabwe FRODEBU benshi muzi kw’izina rya LEONCE NGENDAKUMANA akongera akanarongora ADC IKIBIRI yashima ijambo ryashikirijwe n’umuririmvyi SAT – B abaza ibikorwa abantu boba bakora mubuzima bwabo bwamisi yose ivyo bikaba vyashoboye kunezera cane gose SAT – B kuba ubu abanye politike b’igihugu c’uburundi batanguye kw’itaho gukwirikirana imbuga z’umuririmvyi bikanazotuma umuziki w’uburundi ushobora gufatwa mumugongo n’indongozi z’igihugu ntaho atari nyinshi cane gose zitayeho umuziki w’uburundi kubwivyo rero kuba LEONCE NGEDAKUMANA yashoboye gushikira umuririmvyi SAT – B vyazanye ingumvu zidasanzwe kuri SAT – B ndetse bikaba vyashoboye kubona aba fans benshi cane gose b’umuririmvyi SAT – B kuko vyari bigoye kura aho umukuru wa ADC IKIBIRI LEONCE NGENDAKUMANA yashoboye gufyonda mugushigikira amajambo ya SAT – B.

 

Amajambo yashobowe gushimwa na LEONCE NGENDAKUMANA yashikirijwe n’umuririmvyi SAT – B yasome ngaho SAT – B yanditse

IMG-20141105-WA0004

Iy’ifoto niyoUmuririmvyi SAT – B yashoboye kwandika ko amajambo y’inkoramutima ajanye n’urwaruka rw’igihugu c’uburundi hama ntiho umukuru wa ADC IKIBIRI LEONCE NGENDAKUMANA yashoboye gushima cane ayo majambo nkuko ubibona ngaho handitse SELECTION

 

 

 

 

Toc! toc! Toc!
bwakeye ??? Ninde yombwira aco ariko arakora mumirimo ya minsi yose n akahe kazi uriko ??? ruhuka umunsi uheze wagize ikintu umariye igihugu cawe na rirya uburundi buduhanze amaso na cane cane twebwe urwaruka (kimbiya by MM)

 

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *