IMANA YAHAYE IKIBONDO UMURIRIMVYI APOLLINAIRE HABONIMANA IVYISHIMO NI VYOSE

By  |  0 Comments

Umuriririmvyi rurangairanwa mundirimbo zihimbazana Imana yanasizwe amavuta ya Mpwemu Yera ibihe bidashira akiri hano kw’isi uwo s’uwundi ni APOLLINAIRE HABONIMANA akaba afise umezero n’ivyishimo bidasazwe vy’uhoraho Imana yacu aho umufasha wiwe yashoboye kwibaruka ikibondo birahimbaye niworaba kuko umuryango wa APOLLAINE HABONIMANA hamwe n’incuti abagenzi batanguye kuja kumuramutsa banamukeza kuba ashoboye guhambwa ikibondo kikavuka atakibazo gishikiye umufasha we mugihe yariko aribaruka.

IMG_32621612550174
Kugeza unomwanya ivyishimo hagati y’umuririmvyi APOLLINAIRE n’umufasha wiwe barashimira Imana ishoboye kubahezagira ikanabishurira kuvyo bayisavye mukubaha ikibondo none camaze gushika hano kw’isi gikomeye ndetse amakuru twizera n’uko bashoboye gufata umwana barasenga bashima Imana mukubaha umwana uno mwaka 2014 kuno kwezi turimwo.

Tubibutse kubantu mwahezagiwe n’indirimbo za APPOLINAIRE tubasbe muhejeje gusoma ano amakuru meza cane ashimishije mushobore kumviriza iyo ndirimbo mubona ngaho hejuru ibashe guhezagirwa mwongere musengere ikibondo gishasha kivutse uno mwaka 2014 c’umuririmvyi APPOLAINE HABONIMANA.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *