News
-
shemeza | March 16, 2017
CAF: Perezida Mushasha wa CAF ni Ahmad Ahmad
Umunyamadagascari Ahmad Ahmad niwe yatowe kurongora ishirahamwe ry’Afirika ry’umupira w’amaguru, CAF asubirira Issa Hayatou yar’amaze imyaka 29 arirone....
-
John McKay | March 16, 2017
USA: Itegeko Rishasha Rigenga Abimukira Rya Donald Trump Ryahagaritswe.
Nkuko Ikinyamakuru Yahoo News cabitangaje, mu gihe itegeko ribuza abimukira baturuka mu bihugu bitandatu, bigizwe ahanini n’aba isilamu,...
-
shemeza | March 16, 2017
Holland: Mark Rutte Ashobora Gutsinda Amatora
Mu matora y’abashingamateka yaraye abaye mu gihugu c’Ubuholande bivugwa ko ibiharuro gushik’ubu vyerekana ko Mark Rutte, yahoze ar’umushikiranganji...
-
John McKay | March 15, 2017
Malaria Yabaye ‘Ikiza’ Mu Burundi
Josiane Nijimbere, Umushikiranganji w’amagara y’abantu n’ukurwanya Umugera wa SIDA yaratangaje ku musi wa mbere itariki 13/03/2017 ko indwara...
-
shemeza | March 15, 2017
Kenya: Abaganga Basubiye ku Mirimo
Muri Kenya, urunani ruhurikiyemwo abaganga, rwatangaje ko yegereyegere bari bamazemwo iminsi ijana yarangiye. N’inyuma y’ibiganiro vyabaye hagati ya...
-
John McKay | March 14, 2017
Donald Trump Nta Vyemezo Aratanga Vy’Uko Obama Yamwumvirije Kuri Telefone
Sean Spicer, Umuvugizi w’Umukuru w’igihugu ca Leta Zunze Ubumwe Za Amerika, yatangaje ko Donald Trump, atashatse kuvuga ko...
-
shemeza | March 14, 2017
Somaliya: Ubwato Bwanyurujwe mw’Ibahari Indiyana
Abategetsi ba Somaliya batangaza ko abasuma mumazi bafashe ubwato bw’ibitoro mw’ibahari Indiyana babutegeka kuja ku nkengera z’intara ya...
-
shemeza | March 14, 2017
Nigeria: Hama Amadou Yagirizwa urudandazwa rw’Abana
Sentare yo muri Nijeri itangaza ko yasanze umunyepolitike ari mubuhungiro atavugarumwe na reta atwara abana hanze y’igihugu muburyo...
-
shemeza | March 13, 2017
Burundi: Rwasa Yemeza Ko Abanywanyi Be Bahohoterwa
Abanywayi b’umugambwe FNL uramutswa Agathon Rwasa akaba n’icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka bamaze iminsi batabwa muri yompi...
-
shemeza | March 13, 2017
Erdogan: ” Ubuholande Buzokwishura Ku vyo Bwakoze”
Perezida wa Turukiya Recep Tayyip Erdogan yabwiye Abaholande kur’uyu w’Imana ko bazoriha ikiguzi inyuma y’aho bankiye umushikiranganji w’imigenderanire...