The Latest
-
News
shemeza | March 10, 2017Sudani y’Ubumanuko: Imirwi Irwanya Reta Yashize Hamwe
Muri Sudani y’Ubumanuko, umukuru w’umuhari batazira Cobra Faction, Jenerali Khalid Butrus Bora, yatangaje ko yinjiye m’umuhari urongowe na...
-
News
shemeza | March 10, 2017Ubumwe bga Buraya: Ishirahamwe rya Buraya Ryongeye Ikindi Kiringo Tusk
Kur’uyu wa kane, abarongozi b’Ishirahamwe ry’Ibihugu vya Buraya batoye ku bwinshi Donald Tusk, ngw’asubire kurongora iryo shirahamwe mu...
-
Burundi
shemeza | March 9, 2017Burundi: Reta y’ Uburundi Isaba ONU Guhindura Abakozi Bayo
Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo asaba umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU guhindura abakozi b’urwo rwego m’U...
-
Burundi
shemeza | March 9, 2017Burundi: In Bujumbura, Houses threatened with collapse in the Gihosha area
The residents of the Cari Creek separating the Nyabagere and Winterekwa districts from the Gihosha zone in the...
-
Burundi
shemeza | March 8, 2017EAC: Bakenyezi Mureme Ntimwihebure
Umuryango wa Afrika y’ubuseruko uraremesha abakenyezi b’abarundikazi bari mu makambi y’impunzi kuri uyu munsi mpuzamakungu wahariwe abagore. Uwo...
-
News
shemeza | March 8, 2017South Africa: Afrika y’Epfo Ntikivuye Muri Sentare Mpuzamakungu
Afrika y’Epfo, yakuye burundu ikete yari yashikirije ishirahamwe mpuzamakungu ONU ko rigiye gusokora muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha CPI....
-
News
shemeza | March 8, 2017Kabul: Leta ya Kiyisilamu Yishe 30 mu Bitaro
Abarwanyi bari bigize abaganga bagize igitero ku bitaro bikomeye vy’igisirikare ku murwa mukuru w’igihugu ca Afuganistani, Kabul. Abo...
-
News
shemeza | March 8, 2017USA: Wyoming Judge Censured For Refusing to Perform Same-Sex Marriages
The Wyoming Supreme Court Tuesday censured a state judge for publicly stating her refusal to perform same-sex marriage...
