SAT – B IYARI MURI KENYA AMARIRIRA NI YOSE KUMVA DR. JACK Y’APFUYE

By  |  1 Comment

Igihange mu muziki w’uburundi SAT – B amarira ni yose iyari mugihugu kibanyi ca KENYA , aho ahejeje kuronka inkuru mbi y’urupfu rw’umuhinyanyuzi DR. JACK PRO m’umwanya yitavye umuremyi.

2014-11-08-03-47-29

SAT – B arashoboye kugira ijambo avuze kandi arivuze afise umubabaro mwinshi n’agahinda kenshi ati : Mpagaze hejuru y imva yawe wew wagiye karé nkubwire ko naho wagiye nzokwama ndakwiyumvira iyoba bishoboka ukavyuka tukajana kwi isi ugasezera abagenzi maze ukagaruka mu bapfu wagiyezeye??

R I P docter Jack Production

Tubibutse ko umuhinyanyuzi DR. JACK PRO ariwe yari y’aratanguye guhinyanyura indirimbo ya SAT – B arikumwe n’igihangange mugenzi mu muziki w’uburundi.

Ari we BIG FIZZO iyondirimbo yitwa LATIFA ariko aka itashoboye kuja kumugaragaro kumvo zidashoboye kumenyekana.

Ikindi twokwibutsa DR. JACK niwe y’ahinyanyuye indirimbo SIMBA HAWANA MENO ya SAT – B.

 

 

 

 

 

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *