All posts by shemeza
-
shemeza | January 1, 2015Ijambo ryo Kwugurura Umwaka Mushasha “Umutsima wa Manu” by Apostle Seth K. Vyamungu
Ijambo ry’Imana Intumwa Seth K. Vyamungu yigishije ryo kwugurura Umwaka mushasha, kumurongo wa CAG. Umviriza ubwo butumwa nivyateba...
-
shemeza | December 29, 2014IHIGANWA PRIMUS LIGUE MU MPERA Z’IGICE CAMBERE CA 2014-2015
Urukino rusozera ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi ntirworoheye umugwi VITAL’O usanzwe uramutswa ikibanza cambere. Umugwi BUJUMBURA CITY,...
-
shemeza | December 15, 2014New Audio: “Nikikumbuka” – Msella S. Ft Davin B. & Sibo-Mana A.
-
shemeza | December 15, 2014PRIMUS LIGUE KU MUSI WA 14
Mu gihe hari hasigaye inkino zibiri zibiri kuri buri mugwi ngo igice cambere c’ihiganwa rikuru ry’Uburundi mu mupira...
-
shemeza | December 10, 2014Gode Niyuhire ashize iyindi ndirombo imwe muri Album yiwe nshasha yise “Love”
-
shemeza | December 9, 2014Afro Shemeza Company itanguye igikorwa co gufasha impfuvyi, kandi basaba uwifuza wese kugira ico afashije
Nka Afro Shemeza Company (Shemeza Clouds TV, Shemeza Stores, Shemeza Studios) twiyemeje gutangura igikorwa co gufasha impfuvyi nkuko...
-
shemeza | December 6, 2014Beautiful – Babby {Burundi Gospel}
-
shemeza | December 2, 2014UMUSI UGIRA 13 WA PRIMUS LIGUE (Burundi Soccer)
Umusi wa 13 w’ihiganwa ry’igihugu cose mu mupira w’amaguru wasize uhinduye bimwe ku vyerekeye urutonde rw’imfatakibanza. Ikinyamakuru mukunda...
-
shemeza | November 27, 2014UMUSI UGIRA 12 WA PRIMUS LIGUE
Ku magenekerezo ya 25/26 Monyonyo 2014 ni ho ihiganwa Promus League ryari ku musi ugira 12, bikaba vyari...
-
shemeza | November 25, 2014Official Video: Ninahaja – Vicent Niyibizi (Burundi Gospel)
Click on the Image to play the Video.
