All posts by shemeza
-
shemeza | March 5, 2017Somalia: Hamaze gupfa abashika Ijana bishwe n’ inzara
Abategetsi muri Somaliya batangaje ko abantu barenga ijana na cumi, bagizwe ahanini n’abagore hamwe n’abana bamaze gupfa mu...
-
shemeza | March 4, 2017Burundi: Urwaruka rurakomeza Imyiyerekano
Kuri uyu wa gatandatu, ihuriro ry’urwaruka mu Burundi ryatunganije imyiyerekano ku mugwa mukuru Bujumbura. Iyo myiyerekano yari iyo...
-
shemeza | March 4, 2017Burundi: President Nkurunziza ati Inzara Mu burundi iragendeka ugereranije n’ ibindi bihugu
Umukuru w’igihugu c’u Burundi Petero Nkurunziza avuga ko inzara iri mu Burundi igendeka agereranije n’ibihugu bimwe bimwe vyo...
-
shemeza | March 4, 2017Burundi: Mu ntara ya Ruyigi Igitoro cakenye
Murino misi ngw’ igitoro kirakenye mu ntara ya Ruyigi. Ama station adandaza ibitoro vyinshi araguyaye, n’ abaronka igitoro...
-
shemeza | March 4, 2017USA: What Trump Gets Right on Trade
WASHINGTON — Whatever confusion people might have about President Trump’s agenda, his position on trade and manufacturing is...
-
shemeza | March 4, 2017Burundi: Muri Cibitoke Batatu nibo bamaze gupfa kumvo y’ uburaro bubi
Abana batatu bitavye Imana kubera uburaro bubi ni abo muri site Gateri iherereye muri komine ya Buganda y’intara...
-
shemeza | March 3, 2017Tanazania: Mu mkambi y’ impuzi z’ abarundi muri Tanzania hafatiwemwo ibigwanisho
Igipolisi ca Tanzania cashize ahabona ivyavuye mw’isakwa ry’ibirwanisho rimaze iminsi riba mw’I kambi y’impunzi z’abarundi ya Mtendeli mu...
-
shemeza | March 2, 2017Burundi: We are ready for war’ – Burundi’s rebel groups and how they plan to topple President Nkurunziza
As Burundi’s deadly conflict entered its 20th month, IBTimes UK spoke to a leading figure within the armed...
-
shemeza | March 1, 2017USA: Ijambo Rya mbere Donald Trump Ishikirije imbere y’ Inama ya Congress
Mw’ijambo ryiwe rya mbere, imbere y’Inama nshingamateka na nkenguzamateka, k’umugoroba wo kur’uyu wa kabiri, Prezida Donald Trump wa...
-
shemeza | February 26, 2017Inyigisho 04: Inzira nziza zo kuronka umutahe w’ imigambi-Burundi
Ingorane ihanze benshi, bidoga ko imigambi bayifise ariko umutahe (uburyo) aribgo bubagora kuronka kugira bashike ku migambi yabo....
