UMURIRIMVYI KOOK – K MUKURYOHERA ABA FANS BIWE NGO NDABAHE Clip video I’m Feeling SOMA WUMVE

By  |  0 Comments

Uno munsi wa kabiri ntiho umuririmvyi KOOK – K yashira ahabona ibiranga Clip Video yiwe itarashobora kuja ahabona abantu bashoboye kuyiraba mugihe yayitanguye kuyikorera amasanamu mu kwezi kwa GITUGUTU 2014 ayikoreye mu RUMONGE eka aba fans biwe bamaze kubona ukuntu iteguwe baciye batangura kugira iginshika cinshi co kuzoyibona vuba kuko KOOK -K yashoboye kubanezereza muri Video yiwe yakoranye n’umuririmvyikazi CHANY QUEEN gushika n’ubu igikunzwe n’abantu batari bake y’indirimbo HOW MUCH I LOVE bisobanura ndagukunda kagahe?

Amakuru dukesha umuririmvyi KOOK -K aravuga ko clip video I’M FEELING IT yafashwe amasanamu n’umuhinyanyuzi uno mwaka atavyorosha mugufata ama CLIP VIDEO akayakorana ubuhinga buhanitse uwo nawe benshi bamuzi kw’izina rya BLACK ARTHUR akorera munzu yiwe y’uguhinyanyura CLIP Video imenyerewe nka AKAGA VIDEOZ. Umuntu yitegereje neza arabona ko umuririmvyi KOOK – K asa n’uwarangije gukora CLIP Video yiwe nshasha y’indirimbo I’M  LEENG IT bikanaha ukwizera aba fans biwe ko bagiye kuzoyibona bidatinze.

 

1

Twokumenyesha y’uko indirimbo I’M FEELING IT ya KOOK – K yaje umbwambere itarashobora kuja ahabona igasamirana kw’iradiyo abantu bakayumva ahubwo wewe yayigize agakado gashasha kuba fans biwe mukubaha AUDIO & VIDEO birikumwe kugeza ubu twokubwira ko indirimbo I’M FEELING IT y’umuririmvyi KOOK -K yamaze kuja ahabona irumvirizwa kuri bwabuhinga bwanone abantu bamenyereye bwitwa YOU TUBE ikindi yayiririmvye mururimi rw’icongereza guhera kuntango gushika kumera aho aririmbira umukunzi wiwe amubwira ko atoshobora kumureka nga agende kure yiwe mugufata urugendo aja mukindi gihugu wewe ati aho uzoba uri hose nzokwamana nawe.

 

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *