MBEGA BASHA BIG FIZZO KO YAKOZE VIDEO WHAT’S MY NAME UBWO IZEREKANWA KURI TV Z’UBURUNDI ?

By  |  0 Comments

Igihangane mu muziki w’uburundi umuririmvyi BIG FIZZO akomeje gukunda n’abantu barenga umuriyoni w’abarundi benshi cane mugukundwa ibikorwa akora mubiteramo canke mugusohora indirimbo nshasha haraheze iminsi ishika ibiri Clip Video y’indirimbo WHT’S MY NAME yarindiranwe igishika cinshi kandi n’imbere y’uko akora VIDEO iyo ndirimbo WHT’S MY NAME yarazanye uruhagaraga rudasanzwe kumaradiyo atandukanye yaho mu Burundi iyaje ubwa mbere yari iradiyo REMA F.M kuko abamenyeshamakuru bayo bararahiye ko batagisubira kuzovuza indirimbo z’uwo muririmvyi BIG FIZZO bivanye n’amajambo bumvise mururimi rw’igiswahili indirimbo ingomba kurangira.Ubu kuruno munota tubashikirije ko Video WHAT’S MYA NAME ya BIG FIZZO yamaze kuja ahabona mbega none izoshobora kwerekanwa kumboneshakuru z’uburundi ahatwovuga mmumaradiyo yazanye uruhagara kubera indirimbo WHAT’S MY NAME ubu zisigaye zifise imboneshakure zinatangaza indirimboz ‘abaririmvyink’iradiyo REM F.M irafise imboneshakure yitwa REMA TV iyindi radiyo ifise imboneshakure nIi iradiyo SALAMA  ikaba yitwa SALAMA TV.

 

10653639_1504917989756155_4539082541003814711_n

What’s My Name By BIG FIZZO Ft CHANY QUEEN ( Promoted FRANK PRO) New Burundi Music Video Copy Right Year 2014.

Mugihe hari haciye ukwezi kose aba fans b’umuririmvyi BIG FIZZO bashashaye kuzobona Video yariko arakora y’umuziki WHAT’S MY NAME wazanye impari inyinshi ubu rero yamaze kuja kumugaragaro ukuri kwamye uravye ubuhinga ikozwe mwo biratangaje aho mubonamwo BIG FIZZO aguruka mukirere hejuru afashe izina ryiwe FIZZO vyongeye murabona mwo kumera ya Video igomba irangire ashwiragiza hirya no hino amazina y’amaradiyo ariyo REMA F.M , RFM , BONESHA F.M , ISANGANIRO , SALAMA. Mbega bizogenda gute kandi?

Mbega bizogenda gute ubwo abamenyeshamakuru bizo radiyo bazikubita agashi berekenane CLIP VIDEO WHAT’S MY NAME ya BIG FIZZO mugihe iradiyo REMA F.M yo bisa nkuko itakinavuza indirimbo ziwe?

 

Abakunzi mwese b’indirimbo za BIG FIZZO nkuko mwashoboye kuraba Video nshasha WHAT”S  MY NAME  y’ayikoranye n’umuririmvyikazi CHANY QUEEN anaheruka gusohora indirimbo yitwa FIZZO  ahayagiza ivyiza akora mu muziki w’uburundi bwacu.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *