Ikiyago WebTV ni Station nshasha ibazanira ibiganiro bitandukanye

By  |  0 Comments

Screen Shot 2016-05-12 at 7.15.50 PM

Ikiyago WebTV ni ihuriro ry’ imenyesha makuru n’ ibiganiro bitandukanye mu guhuza abarundi bari mu bihugu bitandukanye eka n’ ababa mu gihugu c’ uburundi mu guhana ivyiyumviro uko mu gihugu bihaye bigenda.

Hilaire Urinkuru umurongozi mukuru akongera akaba umumenyesha makuru wa IKIYAGO WEBTV, avuga ko kino gikorwa kitari muburyo bgo kurondera inyungu ariko ari muburyo bgo guteza imbere igihugu no guhuza abarundi mu biganiro bitandukanye.

Kuri IKIYAGO WEBTV Hilaire Urinkuru yama ari LIVE kuri Youtube buri musi’ w’ Imana (Sunday, Dimanche) 15h Burundi time, Amerika muri Seattle, Washington aba ari 6am. Hamwe no kuwagatandatu (Saturday, Samedi) isaha zibiri zagatondo (8am) mu burundi, hamwe no kuwagatanu 11pm amasaha yo muri Seattle, Washington.

Nuko murahawe kaze kugira mushobore kugira ico mushikirije. Raba Video ikurikira wumve ingene nawe wobatanga ivyiyumviro vyawe mubiganiro n’ ibindi.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *