Eze Kwizera yatsindiye ihinganwa rya Shemeza Artist 2016

By  |  0 Comments

Eze

Umuririmvyi Eze Kwizera aheruka gushira Alubamu yiwe yambere yise “NASHUKURU” niwe yatsindiye igihaganwa rya Shemeza Artist 2016 k’ ururirimbo rwiwe yise “TUMAINI LANGU”. Uwo muririmvyi akaba agiye guhabga agashimwe ka TROPHY hamwe n’ agashimwe kazova muri Shemeza Stores kubgo gutsindira ikibanza cambere mwihanganwa rya Shemeza Artist 2016.




Vuba tugiye kuzoganira nawe muri Interview atubgire akamaro n’ inyungu bigiye kumuha kuba umuririmvyi wa Shemeza Artist 2016. Afro Shemeza Company kandi ivuga ko hariho ibikorwa igiye kuzokorana n’ uwo muririmvyi kw’ atsindiye ikibanza cambere ca Shemeza Artist 2016.

Amafoto ya TROPHY n’ ibindi tugiye kuzobishira kumugaragaro vuba.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published.