Burundi: Mu ntara ya cibitoke, har’ umwana w’ imyaka cumi nine yishwe akaswe umutwe

By  |  0 Comments

Ku mugoroba w’ umusi wa gatandatu igenekerezo rya 04 ukwezi kwa Ntwarane, uno mwaka wa 2017, Umwana amenyekana kwizina rya Ciza niho yicwa aho bamukase umutwe ku mutumba wa Rusiga muri Commune Rugombo Mu ntara ya Cibitoke.

Ico gihe uwo mwana yicwa bivugwako yariko yihagarika; abajejwe intwaro y’ umututekano bavuga kw’ abamwishe bataramenyekana ariko ngo batanguye amatohoza.




Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *