Ubgicanyi Mu Burundi Bgarenze akarimbi!

By  |  0 Comments

 

 

MSD Secretary

Ibisaigaye bikorerwa Mu burundi birateye isoni. Ino picture mubona hejuru y’ uwu mugore yagandaguye mu ntara ya Cibitoke, yari umwanditsi  (Secretary) w’ umugambge MSD mu ntara ya Cibitoke.

President of MSD

Iyo pica nayo mubona (Igitsina c’ umugabo), umukoze w’ iperereza yafatiwe iMusaga arikumwe n’ urwaruka rwabo, nuko bamuhimbura igitsina ciwe, atwagwa mu bitaro buno na buno ariko ntawumenya kwazokira.

Igihugu cacu kigeze ahatemba, ego turafise n’ ibindi vyinshi vyiza twokwishimira, ariko turabona ibimenyetso vyinshi bishobora kuzana intambara y’ amoko nkayaherutse kuba mu mwaka wa 1990. Abanyagiugu batagize ngo bave hasi bagwanye buno bubisha, igihugu cacu kigiye kuja mu ntambara ikomeye izohitana abantu isinzi kuburyo hazosigara inkehwa mu gihugu c’ uburundi. Bikazotuma kandi Igihugu c’ uburundi gisubira inyuma cane kigatangura bushasha. Turwanye buno bgicanyi, twoye gushira ubgoba imbere. Nibindi birutaha hano muzobibona, nivyakomeza bitryo.

Umupererezi

 

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *