shemezaclouds.com – Raba TOP 11 MUSIC GOSPEL BURUNDI 2014 ibafashe kubahezagira aho muri hose uno mwanya

By  |  0 Comments

Indirimbo cumi n’imwe zo guhimbaza Imana. Ikaba yatoye indirimbo z’itandukanye za baririmvyi bo mu Burundi hamwe na basanzwe babahanze y’igihugu c’u Burundi . RABA AMASANAMU Y’IZO NDIRIMBO UKO ZIKWIRIKIRANA UHEREYE KURIRIMBO RWA CUMI NA RIMWE GUSHIKA KURWA MBERE, HEZAGIRWA NIZO NDIRIMBO ZA GOSPEL. IKAZE KURI MWESE , MWOSHOYE GUFATA UMWANYA MUKUZIRABA HAMWE NO KUZUMVIRIZA UBUTUMWA ZITANGA.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published.