Hasigaye ukwezi kumwe MURYA WINANGA n’umugore wiwe GODE bashire ahabona ALBUM nshasha bashoboye kugira ico bayivuze ko

By  |  0 Comments

Muri kigihe turimwo hariko harakoreka igikorwa kidasanzwe hagati y’umuririmvyi wurunganwe rwakera yitwa MURYA WINANGA arikumwe n’umugore wiwe yitwa GODE nawe asanzwe aririmba indirimbo bari kumwe uno munsi twashoboye kubatemebera kumbuga zabo batuganirira uko biteguye kuryohera abanyanyi b’umuziki w’uburundi ariko imbere y’uko dushika kw’ijambo nyamakuru rijanye n’ibiganiro tumaze iminsi dukorana nabo twobabwira ko bose uko ari babiri imuhira iwabo ni mugihugu ca CANADA arinaho bakorera umwaga w’umuririmvyi. Igihe twaganira nabo batubwiye vyinshi cane gose vyerekeye ALBUM nshasha bagiye kuzoshira kumugaragaro vuba mu kwezi kuza mumera zako iyo ALBUM bayise MAPENZI – URUKUNDO – LOVE baratumenyesheje ko aba fans babo bakwitegura vuba bidatinze bagiye kuzoryoherwa n’indirimbo nyinshi zigize iyo ALBUM bakanabizeza ko izobaryohera.

1003194_10151656010121723_744915632_n

Ikiganiro cambere umumenyeshamakuru FRANK PRO yakoranye ubwa mbere n’umuririmvyikazi GODE umufasha wa MURYA WINANGA yagize ico abarira abanyanyiz b’umuziki w’uburundi biteguye vuba kuzokumva urukwirikirane rwa ALBUM MAPENZI – URUKUNDO – LOVE.

Uko umuririmvyikazi GODE yatwiganiye atanga insiguro yitunganwa rya ALBUM MAPENZI – URUKUNDO – LOVE yagize ngo: ubu turiko tugira du plication tukaba tuzoyisohora le 31 dec. Tuzoshira ahabona ururirimbo rwambere dans deux semaine….Ruzoba rwitwa “Oh my God” nkaba naruririmvye mugiswahili. ni number one kuri liste y’indirimboza za album..Tukaba kuvyukuri twitezeko abanywanyi bazorukunda cane kuko ruraryoshe cane. Inyuma yo kurushira kumugaragaro tuzoca turukorera video….

10714173_1549134455300237_2153683877517854535_o

UMURIRIMVYIKAZI GODE

Aho ntiho kiganiro ca mbere twakoranye n’umuririmvyikazi GODE nkuko mushoboye kumenya vyinshi cane gose bijanye na ALBUM MAPENZI – URUKUNDO – LOVE .

Twatandukiye k’umuririmvyi MURYA WINANGA nawe yarashoboye kutwiganira ibijanye na ALBUM MAPENZI – URUNDO – LOVE igihe bazoyishira ahabona hamwe n’akamo yashoboye gutera umunyanyi wari wariwewese afise agashobora kubafata mumugongo imbere y’uko ALBUM bayishira ahabona mu kwezi kuza kwa 12.

MURYA WINANGA yawtigaye mukiganiro avuga ati:Ubu turiko turakora cane kugira le 31 Dec dusohore I CD.Nibazako muzodufata mumugongo mugutangaza Album.

Murumva ko umuririmvyi MURYA WINANGA yateye akamo canecane abamenyeshamakurunatwe turimwo bashobore kubafata mumugongo mugutangaza kubwinshi ino ALBUM MAPENZI – URUKUNDO ikazoja ahabona imaze kumenyekana cane gose gusmba mugihe umunyanyi w’umuziki w’uburundi azoyumviriza amaze gutahura ikizoba ikiranga Album ya MURYA WINANGA & GODE vuba bazoyishira kumugagro ikaba igizwe n’indirimbo 12 zose hamwe.

10540630_1555177034695979_6767651077646995015_n

IKIRANGA ALBUM MAPENZI – URUKUNDO – LOVE

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *