LOLILO YARAJE KW’ISABUKURU Y’AMAVUKO KWA CHANY QUEEN RABA IVYABAYE

By  |  0 Comments

Kw’itariki 3/11/2014 ku munsi wa mbere ntiho haramuka urubanza rudasanzwe rw’umuririmvyikazi CHANY QUEEN muguhimba isabukuru y’amavuko yiwe ivyashoboye kuba kur’uwo muririmvyikazi vyari bitangaje cane mugihe abantu benshi bakunda indirimbo z’uwahoze bakundanye na Chany Queen umuririmvyi LOLILO yarashoboye kwishikira mukuryoherwa hamwe icari gitangaje nuko LOLILO yashoboye kuza azanye n’umugore wiwe nawe nyene twovuga ko aririmba azwi nka LOLIANE witegereje amafoto yafotowe kwiriyo sabukuru ya CHANY WUEEN bose bari bahimbawe cane gose n’umunezero niwo wabaranga mumaso bishima bongera batera ryarenga aho hose isabukuru ry’amavuko y’umuririmvyikazi CHANY QUEEN ryabaye amasaha yo mw’ijoro.

Nkuko twashoboye kuvyibonera n’uko n’umiririmvyi MKOMBOZI nawe nyene yarishikiye guhimbaza hamwe n’umuririmvyikazi Chany Queen isabukuru nziza y’amavuko yiwe kandi Mukombozi yahahuriye n’umurimvyi LOLILO hamwe na LOLIANE hanini hagaragaye amafoto menshi menshi bifotoje hamwe mukwigina Isabukuru nziza y’amavuko y’umuririmvyikazi CHANY QUEEN.

Amafoto yaranze isabukuru ry’amavuko y’umuririmvyikazi CHANY QUEN yifotoje ari kumwe na LOLILO , LOLIANE na MKOMBOZI

IMG_839550179371

 

 

IMG_1031523828516

IMG_963390184531

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *